ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 8:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Ico gihe umwami Salomo akoranya+ abashingantahe bo muri Isirayeli, abakuru* b’imiryango bose n’abakuru b’imigwi mikurumikuru igize imiryango* ya Isirayeli+. Baja iyo ari i Yeruzalemu kugira ngo badugane isandugu y’isezerano rya Yehova bayikuye mu gisagara ca Dawidi+, ari co Siyoni+.

  • 1 Abami 8:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Maze Salomo ahagarara imbere y’igicaniro ca Yehova, ishengero ryose ry’Abisirayeli riri imbere yiwe, aduza amaboko ayerekeje mw’ijuru+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika