ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 9:17-19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Salomo asubira kwubaka* igisagara ca Gezeri, ica Beti-Horoni y’Epfo+, 18 ica Bayalati+, ica Tamari kiri mu bugaragwa muri ico gihugu, 19 ibisagara vyiwe vyose vyo kubikamwo ibintu, ibisagara vyo kubikamwo imikogote+ n’ibisagara vy’abagendera ku mafarasi. Yubaka n’ivyo yipfuza kwubaka vyose i Yeruzalemu, i Libani n’ahandi hose mu gihugu yaganza.

  • 2 Ngoma 9:15, 16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Umwami Salomo akora inkinzo zagutse 200 mu nzahabu ivanze+ (inkinzo imwe yose ijako shekeli* 600 z’inzahabu ivanze+). 16 Akora n’inkinzo ntonto* 300 mu nzahabu ivanze (inkinzo imwe yose ijako imina* zitatu z’inzahabu). Maze umwami abishira muri ya nyubakwa yitwa Inzu y’ikibira c’i Libani+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika