Zaburi 39:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Erega watumye imisi yanje iba mike*+.Ikiringo c’ubuzima bwanje ni nk’ubusa imbere yawe+. Emwe, umuntu naho yoba asa n’uwushinze imizi, ni impemu zitumuka gusa+. (Sela*) Abaroma 8:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Nkako, ivyaremwe vyabwirijwe kugira ubuzima ata co buvamwo+. Si vyo vyabishatse, ahubwo vyavuye ku watumye bigira ubwo buzima. Yabigize yishimikije icizigiro
5 Erega watumye imisi yanje iba mike*+.Ikiringo c’ubuzima bwanje ni nk’ubusa imbere yawe+. Emwe, umuntu naho yoba asa n’uwushinze imizi, ni impemu zitumuka gusa+. (Sela*)
20 Nkako, ivyaremwe vyabwirijwe kugira ubuzima ata co buvamwo+. Si vyo vyabishatse, ahubwo vyavuye ku watumye bigira ubwo buzima. Yabigize yishimikije icizigiro