ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 8:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Nuko Samweli abwira abariko bamusaba umwami ivyo Yehova yavuze vyose.

  • 1 Samweli 8:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Abakobwa banyu azobatwara kugira babe abajejwe gukora amavuta*, abateka n’abotsa imikate+.

  • 1 Abami 9:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Ariko mu Bisirayeli nta n’umwe Salomo yagize umushumba+. Bobo yabagize abarwanyi, abasuku, abatware, ibisongerezi, abakuru b’abatwara imikogote n’abakuru b’abagendera ku mafarasi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika