ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Umusiguzi 5:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Iki ni co nabonye ko ari ciza kandi kibereye: ni uko umuntu yorya, akanywa kandi agahimbarwa n’ibikorwa vyose+ yabiriye akuya munsi y’izuba mu misi mikeyi y’ubuzima Imana y’ukuri yamuhaye, kuko iyo ari yo mpembo* yiwe+.

  • Umusiguzi 8:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Naciye ndemesha abantu kunezerwa+, kuko munsi y’izuba ata coza kirutira umuntu kurya, kunywa no kunezerwa. Ivyo ni vyo bikwiye kumuherekeza mu gikorwa kitoroshe arangura mu misi y’ubuzima bwiwe+, iyo Imana y’ukuri yamuhaye munsi y’izuba.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika