Umusiguzi 1:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Naritegereje ibikorwa vyose bikorerwa munsi y’izuba,nsanga vyose ni ubusa, ni ukwiruka inyuma y’umuyaga+. Umusiguzi 5:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Iki kintu na co nyene kirababaje cane*: azogenda nk’uko yaje. None umuntu yunguka iki mu kuguma akora cane akorera umuyaga+?
14 Naritegereje ibikorwa vyose bikorerwa munsi y’izuba,nsanga vyose ni ubusa, ni ukwiruka inyuma y’umuyaga+.
16 Iki kintu na co nyene kirababaje cane*: azogenda nk’uko yaje. None umuntu yunguka iki mu kuguma akora cane akorera umuyaga+?