Yeremiya 8:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Mbere n’agasoza kaguruka mu kirere karazi ibihe vyako*.Intunguru n’intamba n’imarankoni* birubahiriza igihe cavyo co kugaruka*. Ariko abantu banje bo ntibamenya igihe jewe Yehova nzobacira urubanza+.’”
7 Mbere n’agasoza kaguruka mu kirere karazi ibihe vyako*.Intunguru n’intamba n’imarankoni* birubahiriza igihe cavyo co kugaruka*. Ariko abantu banje bo ntibamenya igihe jewe Yehova nzobacira urubanza+.’”