1 Abami 9:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Ariko mu Bisirayeli nta n’umwe Salomo yagize umushumba+. Bobo yabagize abarwanyi, abasuku, abatware, ibisongerezi, abakuru b’abatwara imikogote n’abakuru b’abagendera ku mafarasi.
22 Ariko mu Bisirayeli nta n’umwe Salomo yagize umushumba+. Bobo yabagize abarwanyi, abasuku, abatware, ibisongerezi, abakuru b’abatwara imikogote n’abakuru b’abagendera ku mafarasi.