-
1 Abami 5:8, 9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Nuko Hiramu arungikira Salomo ubutumwa bugira buti: «Ubutumwa wandungikiye bwaranshikiriye. Nzokuronsa ibiti vyose wipfuza vy’amasederi n’ivy’imiberoshi*+. 9 Abakozi banje bazobimanukana ku kiyaga babikuye i Libani. Nzoca ndabifatanya nk’amasaso, ndabirungike bireremba ku kiyaga gushika ahantu uzoba wambwiye. Bihashitse nzoca ndabitanya, uheze ubitware. Nawe uzoza urandungikira ibifungurwa vy’abo mu rugo rwanje+.»
-