Indirimbo ya Salomo 4:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ikangure wa muyaga wo mu buraruko!Ingo wa muyaga wo mu bumanuko! Nimuhuhutire* ku murima wanje. Akamoto kawo nigakwiragire hose.» «Umukunzi wanje naze mu murima wiwe,yirire ivyamwa vyawo vyizavyiza.»
16 Ikangure wa muyaga wo mu buraruko!Ingo wa muyaga wo mu bumanuko! Nimuhuhutire* ku murima wanje. Akamoto kawo nigakwiragire hose.» «Umukunzi wanje naze mu murima wiwe,yirire ivyamwa vyawo vyizavyiza.»