Indirimbo ya Salomo 4:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Mugeni wanje, iminwa yawe itonyanga ubuki bwo mu kimamara+. Ubuki n’amata biri munsi y’ururimi rwawe+,kandi akamoto k’impuzu zawe kameze nk’akamoto ka Libani.
11 Mugeni wanje, iminwa yawe itonyanga ubuki bwo mu kimamara+. Ubuki n’amata biri munsi y’ururimi rwawe+,kandi akamoto k’impuzu zawe kameze nk’akamoto ka Libani.