Indirimbo ya Salomo 1:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Umukunzi wanje ameze nk’agasaho k’imira* kamota neza+ndarana mw’ijoro hagati y’amabere yanje.