Itanguriro 12:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Yehova abwira Aburamu ati: «Va mu gihugu cawe, mu ncuti zawe no mu muryango wawe, uje mu gihugu nzokwereka+. Itanguriro 15:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Aburamu amwishura ati: «Mukama Segaba Yehova, uzompa iki ko gushika n’ubu ata kana ndaronka, kandi uwuzotorana ivyo mu rugo rwanje akaba ari Eliyezeri+ umuntu w’i Damasiko?»
12 Yehova abwira Aburamu ati: «Va mu gihugu cawe, mu ncuti zawe no mu muryango wawe, uje mu gihugu nzokwereka+.
2 Aburamu amwishura ati: «Mukama Segaba Yehova, uzompa iki ko gushika n’ubu ata kana ndaronka, kandi uwuzotorana ivyo mu rugo rwanje akaba ari Eliyezeri+ umuntu w’i Damasiko?»