Yesaya 44:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Ndi Umwe atuma ijambo ry’umusavyi wiwe riranguka,agashitsa akantu kose intumwa ziwe zari zaravuze+.Ndi Umwe avuga ku bijanye na Yeruzalemu ati: “Hazoba abantu+”, no ku bisagara vy’Ubuyuda ati: “Bizosubira kwubakwa+,kandi ahasambutse hazosanurwa+.” Yesaya 61:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Bazosubira kwubaka ibibanza vyatikijwe kera,bavyure ibibanza vyagizwe umusaka kera+.Bazosanura ibisagara vyatikijwe+,ibibanza vyagumye ari umusaka igihe kirekire*+.
26 Ndi Umwe atuma ijambo ry’umusavyi wiwe riranguka,agashitsa akantu kose intumwa ziwe zari zaravuze+.Ndi Umwe avuga ku bijanye na Yeruzalemu ati: “Hazoba abantu+”, no ku bisagara vy’Ubuyuda ati: “Bizosubira kwubakwa+,kandi ahasambutse hazosanurwa+.” Yesaya 61:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Bazosubira kwubaka ibibanza vyatikijwe kera,bavyure ibibanza vyagizwe umusaka kera+.Bazosanura ibisagara vyatikijwe+,ibibanza vyagumye ari umusaka igihe kirekire*+.
4 Bazosubira kwubaka ibibanza vyatikijwe kera,bavyure ibibanza vyagizwe umusaka kera+.Bazosanura ibisagara vyatikijwe+,ibibanza vyagumye ari umusaka igihe kirekire*+.