ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 2:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  3 Amahanga menshi azojayo avuge ati:

      «Nimuze tuduge ku musozi wa Yehova,

      ku nzu y’Imana ya Yakobo+.

      Azotwigisha inzira ziwe,

      natwe tuzigenderemwo+.»

      Kuko i Siyoni hazova amategeko*,

      i Yeruzalemu hakava ijambo rya Yehova+.

  • Mika 4:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 Amahanga menshi azojayo avuge ati:

      «Nimuze tuduge ku musozi wa Yehova

      no ku nzu y’Imana ya Yakobo+.

      Azotwigisha inzira ziwe,

      natwe tuzigenderemwo.»

      Kuko i Siyoni hazova amategeko*,

      i Yeruzalemu hakava ijambo rya Yehova.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika