ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 87:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Nzoharura Rahabu+ na Babiloni mu mahanga anzi.

      Ubufilisitiya, Tiro na Kushi na yo nyene ari mu mahanga anzi.

      Abantu bazovuga bati: «Uwu ni ho yavukiye.»

  • Zaburi 89:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Warajanjaguye Rahabu*+ uramwica+.

      Warashwiragije abansi bawe n’ukuboko kwawe gukomeye+.

  • Yesaya 30:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  7 Imfashanyo ya Misiri nta co imaze namba+.

      Ni co gituma Misiri nayise «Rahabu+ yiyicariye aho gusa.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika