ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 25:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  8 Urupfu azorumira* ubutakigaruka+

      kandi Umukama Segaba Yehova azohanagura amosozi ku maso ya bose+.

      Agacokoro abantu biwe bacokowe azogakuraho kw’isi yose,

      kuko Yehova ubwiwe abivuze.

  • Yesaya 65:18, 19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Nimwigine rero, munezererwe ibihe vyose ibintu ngira ndeme*.

      Kuko ehe raba ngira ndeme* Yeruzalemu ngo ibe ikintu gitera umunezero,

      n’abantu baho ngo babe imvo yo kwigina+.

      19 Nzonezererwa Yeruzalemu, nigine abantu banje+.

      Iwe ntihazosubira kwumvikana urwamo rw’amarira canke rw’amaborogo+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika