Yesaya 49:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Niwihe akamo k’umunezero wa juru we, nawe wa si we nunezerwe+. Imisozi nivuze impundu inezerwe+, kuko Yehova yahojeje abantu biwe+,kandi agirira imbabazi abagorwa biwe+. Yesaya 66:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Kurya inabibondo ahoza umwana wiwe,ni ko namwe nzoguma ndabahoza+.Muzohozwa mu bijanye na Yeruzalemu+.
13 Niwihe akamo k’umunezero wa juru we, nawe wa si we nunezerwe+. Imisozi nivuze impundu inezerwe+, kuko Yehova yahojeje abantu biwe+,kandi agirira imbabazi abagorwa biwe+.
13 Kurya inabibondo ahoza umwana wiwe,ni ko namwe nzoguma ndabahoza+.Muzohozwa mu bijanye na Yeruzalemu+.