Zaburi 74:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ewe Mana, umwansi azoguma agucokora gushika ryari+? Umwansi azoguma asuzugura izina ryawe ibihe vyose+? Abaroma 2:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Kuko «izina ry’Imana ririko riratukwa* mu mahanga kubera mwebwe», nk’uko vyanditswe+.
10 Ewe Mana, umwansi azoguma agucokora gushika ryari+? Umwansi azoguma asuzugura izina ryawe ibihe vyose+?