ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 17:25, 26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Igihe batangura kubayo, ntibatinya* Yehova. Yehova yaciye abarungikamwo intambwe+ maze zica bamwe muri bo. 26 Nuko bamenyesha umwami wa Ashuri bati: «Abantu bo mu mahanga atandukanye wazanye ari inyagano ngo babe mu bisagara vy’i Samariya ntibazi ingene basenga Imana yaho*. Ni co gituma iguma ibarungikamwo intambwe zikabica, kubera ko ata n’umwe muri bo azi ingene basenga Imana yaho.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika