Yesaya 15:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Umutima wanje uririra Mowabu. Impunzi zaho zahunze gushika i Zowari+ n’i Egulati-Shelishiya+. Baduga umudugo w’i Luhiti barira.Baja i Horonayimu baboroga kubera ivyo vyago+. Yeremiya 48:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 “Ni co gituma umutima wanje uzocura intimba* nk’umwironge* kubera Mowabu+.Kandi umutima wanje uzocura intimba* nk’umwironge* kubera abagabo b’i Kiri-Heresi. Kuko itunga yaronse rizoyogera.
5 Umutima wanje uririra Mowabu. Impunzi zaho zahunze gushika i Zowari+ n’i Egulati-Shelishiya+. Baduga umudugo w’i Luhiti barira.Baja i Horonayimu baboroga kubera ivyo vyago+.
36 “Ni co gituma umutima wanje uzocura intimba* nk’umwironge* kubera Mowabu+.Kandi umutima wanje uzocura intimba* nk’umwironge* kubera abagabo b’i Kiri-Heresi. Kuko itunga yaronse rizoyogera.