Yesaya 44:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Ndavuruga ibimenyetso vy’abahanuzi b’ikinyoma*,kandi ndi Umwe atuma abaraguzi bakora nk’abasazi+.Ndi Umwe atuma abantu b’inkerebutsi babura ico bafata n’ico bareka,agatuma ubumenyi bwabo buhinduka ubujuju+.
25 Ndavuruga ibimenyetso vy’abahanuzi b’ikinyoma*,kandi ndi Umwe atuma abaraguzi bakora nk’abasazi+.Ndi Umwe atuma abantu b’inkerebutsi babura ico bafata n’ico bareka,agatuma ubumenyi bwabo buhinduka ubujuju+.