Yobu 12:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Yaka ijambo abahanuzi b’abizigirwa,abatama* na bo ikabaka ugutahura. Yobu 12:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Ikuraho ubwenge* bw’abatware,igatuma bayerera mu gahinga katagiramwo inzira+. Yesaya 19:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Umutima w’Abanyamisiri uzozazanirwa,imigambi yabo ndayivuruge+. Bazokwitura imana ata co zimaze,abapfumu*, abakora ivyo guhanuza abapfuye* na ba rumenyi+.
20 Yaka ijambo abahanuzi b’abizigirwa,abatama* na bo ikabaka ugutahura. Yobu 12:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Ikuraho ubwenge* bw’abatware,igatuma bayerera mu gahinga katagiramwo inzira+. Yesaya 19:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Umutima w’Abanyamisiri uzozazanirwa,imigambi yabo ndayivuruge+. Bazokwitura imana ata co zimaze,abapfumu*, abakora ivyo guhanuza abapfuye* na ba rumenyi+.
3 Umutima w’Abanyamisiri uzozazanirwa,imigambi yabo ndayivuruge+. Bazokwitura imana ata co zimaze,abapfumu*, abakora ivyo guhanuza abapfuye* na ba rumenyi+.