Daniyeli 4:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Ubu rero jewe Nebukadinezari, ndashemeza, ngashira hejuru kandi nkaninahaza Umwami wo mw’ijuru+, kuko ibikorwa vyiwe vyose ari ukuri kandi inzira ziwe zose ziragororotse+. Vyongeye, arashoboye gucisha bugufi abishira hejuru+.» Yakobo 4:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ariko ubuntu buhebuje* Imana itanga buraruta ivyo vyipfuzo. Ni co gituma icanditswe kivuga giti: «Imana irwanya abibona+, mugabo ikagirira ubuntu buhebuje abicisha bugufi+.»
37 Ubu rero jewe Nebukadinezari, ndashemeza, ngashira hejuru kandi nkaninahaza Umwami wo mw’ijuru+, kuko ibikorwa vyiwe vyose ari ukuri kandi inzira ziwe zose ziragororotse+. Vyongeye, arashoboye gucisha bugufi abishira hejuru+.»
6 Ariko ubuntu buhebuje* Imana itanga buraruta ivyo vyipfuzo. Ni co gituma icanditswe kivuga giti: «Imana irwanya abibona+, mugabo ikagirira ubuntu buhebuje abicisha bugufi+.»