ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 10:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Kushi kandi ni we yavyaye Nimurodi. Nimurodi ni we yatanguye kuba umurwanyi akomeye cane kw’isi.

  • Itanguriro 10:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Nuko ava muri ico gihugu aja muri Ashuri+, maze yubaka Ninewe+, Rehoboti-Iri, Kala

  • Yona 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 «Haguruka uje i Ninewe+ ca gisagara gikomeye, utangaze urubanza caciriwe kuko numvise ububisha bw’abahaba.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika