1 Abami 15:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Umwami Asa ni kwo guca atumako abo mu Buyuda bose ata n’umwe avuyemwo, maze baseha amabuye n’ibiti Bayasha yariko yubakisha igisagara ca Rama. Umwami Asa aca avyubakisha* igisagara ca Geba+ kiri mu karere ka Benyamini n’ica Mizipa+. 2 Ngoma 16:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Umwami Asa ni kwo guca ahitana abo mu Buyuda bose, maze baseha amabuye n’ibiti Bayasha yariko yubakisha igisagara ca Rama+. Asa aca avyubakisha* igisagara ca Geba+ n’ica Mizipa+.
22 Umwami Asa ni kwo guca atumako abo mu Buyuda bose ata n’umwe avuyemwo, maze baseha amabuye n’ibiti Bayasha yariko yubakisha igisagara ca Rama. Umwami Asa aca avyubakisha* igisagara ca Geba+ kiri mu karere ka Benyamini n’ica Mizipa+.
6 Umwami Asa ni kwo guca ahitana abo mu Buyuda bose, maze baseha amabuye n’ibiti Bayasha yariko yubakisha igisagara ca Rama+. Asa aca avyubakisha* igisagara ca Geba+ n’ica Mizipa+.