Yeremiya 40:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Mu nyuma abakuru bose b’ingabo bari irya n’ino mu gihugu, bo n’ingabo zabo bumva ko umwami wa Babiloni yajeje igihugu Gedaliya mwene Ahikamu, amuzeza n’abanyagihugu b’abakene batari barajanywe i Babiloni, bagizwe n’abagabo, abagore n’abana+.
7 Mu nyuma abakuru bose b’ingabo bari irya n’ino mu gihugu, bo n’ingabo zabo bumva ko umwami wa Babiloni yajeje igihugu Gedaliya mwene Ahikamu, amuzeza n’abanyagihugu b’abakene batari barajanywe i Babiloni, bagizwe n’abagabo, abagore n’abana+.