-
Yeremiya 41:2Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
2 Ishimayeli mwene Netaniya n’abo bagabo cumi bari kumwe barahaguruka bicisha inkota Gedaliya mwene Ahikamu, Ahikamu mwene Shafani. Nuko Ishimayeli yica uwo umwami wa Babiloni yari yajeje igihugu.
-