Yeremiya 25:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Ng’aya amajambo Imana yabwiye Yeremiya ku vyerekeye abantu bose bo mu Buyuda. Hari mu mwaka ugira kane Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami w’Ubuyuda aganza, ukaba wari umwaka wa mbere Nebukadinezari* umwami wa Babiloni aganza. Yeremiya 36:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Nuko mu mwaka ugira kane w’intwaro ya Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami w’Ubuyuda, Yehova abwira Yeremiya ati:
25 Ng’aya amajambo Imana yabwiye Yeremiya ku vyerekeye abantu bose bo mu Buyuda. Hari mu mwaka ugira kane Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami w’Ubuyuda aganza, ukaba wari umwaka wa mbere Nebukadinezari* umwami wa Babiloni aganza.
36 Nuko mu mwaka ugira kane w’intwaro ya Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami w’Ubuyuda, Yehova abwira Yeremiya ati: