ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 26:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 «Mwana w’umuntu, Tiro yavuze yigamba kuri Yeruzalemu+ ngo: “Awa! Rya rembo ry’amahanga ryasenyuwe+! Ko yatikijwe, ibintu vyose bizoza iwanje, nce mba umutunzi.”

  • Amosi 1:9, 10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Ibi ni vyo Yehova avuze:

      “Kubera Tiro yangararije+ incuro zitatu, mbere ni zine, sinzokwisubirako,

      kuko bafashe umugwi wose w’imbohe bakawushira mu vyara vy’Abanyedomu,

      kandi ntibibutse isezerano bagiraniye na benewabo+.

      10 Nzorungika rero umuriro ku mpome z’i Tiro,

      kandi uzoturira iminara ikomeye yaho+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika