Zaburi 24:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 None uwo Mwami aninahaye ni nde? Ni Yehova, umwe akomeye kandi w’intwari+,Yehova, ya ntwari mu rugamba+.
8 None uwo Mwami aninahaye ni nde? Ni Yehova, umwe akomeye kandi w’intwari+,Yehova, ya ntwari mu rugamba+.