-
Zefaniya 2:9, 10Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Ku bw’ivyo, ndirahiye jewe Imana nzima», ni ko Yehova Nyeningabo avuze, ya Mana ya Isirayeli,
«Mowabu hazoba nka Sodomu+,
Amoni na ho habe nka Gomora+,
higanzirwe n’ivyatsi vy’ibisuru, isi y’umunyu, habe umusaka ibihe vyose+.
Abasigaye mu bantu banje bazosahura ibintu vyabo,
kandi abasigaye mw’ihanga ryanje bazokwigarurira akarere kabo.
-