ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 15:4-6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 I Heshiboni n’i Eleyale+ harasemerera.

      Ijwi ryaho ryumvikanye gushika i Yahazi+.

      Ni co gituma ingabo z’i Mowabu ziguma zivuza akaruru.

      Hari ukujugumira.

       5 Umutima wanje uririra Mowabu.

      Impunzi zaho zahunze gushika i Zowari+ n’i Egulati-Shelishiya+.

      Baduga umudugo w’i Luhiti barira.

      Baja i Horonayimu baboroga kubera ivyo vyago+.

       6 Kuko amazi y’i Nimurimu yakamye.

      Ivyatsi bitotahaye vyumye,

      vyose vyagiye, nta na kimwe gisigaye ari gitoto.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika