ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 21:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Ehe raba haje abagabo

      bari mu mukogote w’intambara ukwegwa n’amafarasi abiri+!»

      Maze asemerera ati:

      «Yatemvye! Babiloni yatemvye+!

      Ibishusho bibajwe vyose vy’imana ziwe vyamenaguriwe hasi+.»

  • Yesaya 47:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Mugabo ibi bintu bibiri bizogushikira bukwi na bukwi, ku musi umwe+:

      ukubura abana n’ugupfakara.

      Ivyo bintu bizogushikako ku rugero rwuzuye+,

      kubera ubupfumu bwawe bwinshi n’uburozi* bwawe bwose bukomeye*+.

  • Ivyahishuwe 14:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Haza uwundi mumarayika agira kabiri, maze avuga ati: «Yatemvye! Babiloni Akomeye+ yatemvye+, umwe yatuma amahanga yose anywa umuvinyu w’ubusambanyi* bwiwe bukaze*+!»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika