2 Ngoma 16:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ariko Asa ashavurira uwo muntu yahishurirwa n’Imana, aca amuta mw’ibohero*. Yabigize kubera ko yashavujwe cane n’ivyo amubwiye. Muri ico kiringo nyene, Asa atangura gukandamiza n’abandi banyagihugu.
10 Ariko Asa ashavurira uwo muntu yahishurirwa n’Imana, aca amuta mw’ibohero*. Yabigize kubera ko yashavujwe cane n’ivyo amubwiye. Muri ico kiringo nyene, Asa atangura gukandamiza n’abandi banyagihugu.