ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 3:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Ya mpwemu iramfata, irantwara, ngenda mbabaye, naratse mu mutima, kandi ububasha* bwa Yehova bwaguma kuri jewe bunkoreramwo mu buryo bukomeye.

  • Mika 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  8 Ariko jeho, kubera impwemu ya Yehova, nuzuye ububasha,

      ubutungane n’inkomezi,

      kugira ngo menyeshe Yakobo ubugarariji bwiwe, na Isirayeli ndayimenyeshe igicumuro cayo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika