14 Maze Yehova ambwira ati: «Abahanuzi bavuga ubuhanuzi bw’ikinyoma mw’izina ryanje+. Nta co nabatumye, nta co nabategetse, nta n’ico nababwiye+. Ukwerekwa kw’ibinyoma, ukuragura ata co kumaze n’ibinyoma bikuriye mu mutima, ni bwo buhanuzi bababwira+.