ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 4:30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 30 None ubu ko watikijwe, uzogira ute?

      Wahora wambara impuzu z’agahama,

      ukishariza udusharizo tw’inzahabu,

      n’amaso yawe ukayagira meza mu kuyasiga ibintu vyirabura.

      Waruhiye ubusa wigira mwiza+

      kuko abahora bakwipfuza rwose bagutaye.

      Ubu bashaka kukwica+.

  • Ezekiyeli 16:37
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 37 Ni co gituma ngira nkoranirize hamwe abakunzi bawe bose wahora uryohera, abo wakunda bose n’abo wanka bose. Nzobakoraniriza hamwe kugira bakurwanye bavuye irya n’ino, ntume babona ubwambure bwawe, bakubone uri gusa wese uko wakabaye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika