1 Abami 6:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ico cumba c’ahiherereye cari gifise uburebure bw’intambwe 20, ubwaguke bw’intambwe 20, n’uburebure bw’amahagarara bw’intambwe 20+. Salomo agihomekako inzahabu itavanze, igicaniro+ na co agihomekako amasederi. 2 Ngoma 3:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Hanyuma akora icumba* citwa Aheranda cane+. Uburebure bwaco bwari intambwe 20, bukaba bwangana n’ubwaguke bw’iyo nyubakwa. Ubwaguke bwaco na bwo bwari intambwe 20. Araheza yomeka kuri ico cumba inzahabu nzizanziza+ zingana n’italanto* 600.
20 Ico cumba c’ahiherereye cari gifise uburebure bw’intambwe 20, ubwaguke bw’intambwe 20, n’uburebure bw’amahagarara bw’intambwe 20+. Salomo agihomekako inzahabu itavanze, igicaniro+ na co agihomekako amasederi.
8 Hanyuma akora icumba* citwa Aheranda cane+. Uburebure bwaco bwari intambwe 20, bukaba bwangana n’ubwaguke bw’iyo nyubakwa. Ubwaguke bwaco na bwo bwari intambwe 20. Araheza yomeka kuri ico cumba inzahabu nzizanziza+ zingana n’italanto* 600.