Ezekiyeli 29:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Umukama Segaba Yehova avuze rero ati: ‘Ehe ngira nkuzaneko inkota+, ndandure iwawe abantu n’ibikoko. Ezekiyeli 29:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Nta muntu canke igitungwa kizohahonyoza ikirenge+, kandi kizomara imyaka 40 ata wukibamwo.
8 Umukama Segaba Yehova avuze rero ati: ‘Ehe ngira nkuzaneko inkota+, ndandure iwawe abantu n’ibikoko.