Yesaya 37:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Maze umumarayika wa Yehova araza, yica ingabo 185.000 mw’ikambi y’Abashuri. Abantu bavyutse kare mu gitondo basanga ingabo zose ni imivyimba gusa+. Zakariya 10:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Nzoca mu kiyaga kigire amarushwa,nkubite imipfunda yo mu kiyaga+.Amazi yose ya Nili nzoyakamya gushika hasi epfo. Ubwishime bwa Ashuri buzoshirwa hasi,agakoni k’ubwami ka Misiri kaveho+.
36 Maze umumarayika wa Yehova araza, yica ingabo 185.000 mw’ikambi y’Abashuri. Abantu bavyutse kare mu gitondo basanga ingabo zose ni imivyimba gusa+.
11 Nzoca mu kiyaga kigire amarushwa,nkubite imipfunda yo mu kiyaga+.Amazi yose ya Nili nzoyakamya gushika hasi epfo. Ubwishime bwa Ashuri buzoshirwa hasi,agakoni k’ubwami ka Misiri kaveho+.