ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 19
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abalewi: ibirimwo

      • Amategeko atandukanye ajanye n’ubweranda (1-37)

        • Amategeko ajanye n’iyimbura (9, 10)

        • Kwubaha abatumva n’abatabona (14)

        • Kwambika ibara abandi (16)

        • Ntuze ubike inzigo (18)

        • Kirazira gupfumura canke kuvugana n’abapfuye (26, 31)

        • Kirazira kwicapako ibintu ku mubiri (28)

        • Kwubaha abageze mu zabukuru (32)

        • Gufata neza abanyamahanga (33, 34)

Abalewi 19:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 11:44; Yes 6:3; 1Pt 1:15, 16; Ivh 4:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 4

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2009, rup. 9

    1/8/1996, rup. 21-22

Abalewi 19:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «gutinya.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:12; Ef 6:2; Heb 12:9
  • +Kv 20:8, 11; 31:13; Lk 6:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 4-5, 8

Abalewi 19:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mu cuma bashongesheje.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:1; Zb 96:5; Hab 2:18; 1Kr 10:14
  • +Kv 20:4, 23; Gus 27:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 5-6

Abalewi 19:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:1
  • +Lw 7:11, 12

Abalewi 19:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 7:17, 18

Abalewi 19:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «abwirizwa kurandurwa mu bantu b’iwabo.»

Abalewi 19:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mutorore», «muhumbe.» Raba Insiguro y’amajambo (Gutorora).

  • *

    Canke «vyasigaye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 23:22; Gus 24:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2006, rup. 22-23

    1/12/2003, rup. 17

Abalewi 19:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «umuntu yigorewe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 15:7

Abalewi 19:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:15; Ef 4:28
  • +Lw 6:2; Img 12:22; Ef 4:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 10

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2016, rup. 11-12

Abalewi 19:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:7; Mt 5:33, 37; Yak 5:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 10

Abalewi 19:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 22:16; Mr 10:19
  • +Img 22:22
  • +Gus 24:15; Yr 22:13; Yak 5:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 10

Abalewi 19:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ntuze uvume.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 27:18
  • +Lw 25:17; Neh 5:15; Img 1:7; 8:13; 1Pt 2:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 8-9

Abalewi 19:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:3; Gus 1:16, 17; 16:19; 2Ng 19:6; Rm 2:11; Yak 2:9

Abalewi 19:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «ntukwiye kwiraramira kandi ubuzima bwa mugenzawe buri mu kaga.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 15:1, 3
  • +Kv 20:16; 1Bm 21:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 14

Abalewi 19:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 10:18; 1Yh 2:9; 3:15
  • +Zb 141:5; Img 9:8; Mt 18:15

Abalewi 19:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 20:22; Rm 12:19
  • +Mt 5:43, 44; 22:39; Rm 13:9; Gl 5:14; Yak 2:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 10-12

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2011, rup. 22

    1/12/2006, rup. 26-27

Abalewi 19:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 22:9
  • +Gus 22:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 6

Abalewi 19:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 6:6, 7

Abalewi 19:22

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Abalewi 19:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 6-7

Abalewi 19:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 26:1, 2; Img 3:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 6-7

Abalewi 19:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 6-7

Abalewi 19:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:17; 17:13; Gus 12:23; Ivk 15:20, 29
  • +Kv 8:7; Gus 18:10-12; Gl 5:19, 20; Ivh 21:8

Abalewi 19:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 21:1, 5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2004, rup. 24

Abalewi 19:28

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «tatuwaje.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 14:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2003, rup. 27

Abalewi 19:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 23:17
  • +Heb 13:4; 1Pt 4:3

Abalewi 19:30

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «gutinya.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:10; 31:13

Abalewi 19:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:6; Gus 18:10-12; 1Ng 10:13; Yes 8:19
  • +Lw 20:27; Ivk 16:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 24

    Imizimu, rup. 29-30

Abalewi 19:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 16:31; 20:29
  • +Yb 32:6; Img 23:22; 1Tm 5:1
  • +Yb 28:28; Img 1:7; 8:13; 1Pt 2:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2008, rup. 21

    1/7/2000, rup. 17

    1/8/1999, rup. 30

    Agahimbare mu rugo, rup. 149

Abalewi 19:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:9

Abalewi 19:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:49
  • +Kv 22:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 12

Abalewi 19:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 25:13, 15; Img 20:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 10

Abalewi 19:36

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «efa itabesha na hini itabesha.» Raba Inyongera ya B14.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 11:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 10

Abalewi 19:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:5; Gus 4:6

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Lew. 19:2Lw 11:44; Yes 6:3; 1Pt 1:15, 16; Ivh 4:8
Lew. 19:3Kv 20:12; Ef 6:2; Heb 12:9
Lew. 19:3Kv 20:8, 11; 31:13; Lk 6:5
Lew. 19:4Lw 26:1; Zb 96:5; Hab 2:18; 1Kr 10:14
Lew. 19:4Kv 20:4, 23; Gus 27:15
Lew. 19:5Lw 3:1
Lew. 19:5Lw 7:11, 12
Lew. 19:6Lw 7:17, 18
Lew. 19:9Lw 23:22; Gus 24:19
Lew. 19:10Gus 15:7
Lew. 19:11Kv 20:15; Ef 4:28
Lew. 19:11Lw 6:2; Img 12:22; Ef 4:25
Lew. 19:12Kv 20:7; Mt 5:33, 37; Yak 5:12
Lew. 19:13Img 22:16; Mr 10:19
Lew. 19:13Img 22:22
Lew. 19:13Gus 24:15; Yr 22:13; Yak 5:4
Lew. 19:14Gus 27:18
Lew. 19:14Lw 25:17; Neh 5:15; Img 1:7; 8:13; 1Pt 2:17
Lew. 19:15Kv 23:3; Gus 1:16, 17; 16:19; 2Ng 19:6; Rm 2:11; Yak 2:9
Lew. 19:16Zb 15:1, 3
Lew. 19:16Kv 20:16; 1Bm 21:13
Lew. 19:17Img 10:18; 1Yh 2:9; 3:15
Lew. 19:17Zb 141:5; Img 9:8; Mt 18:15
Lew. 19:18Img 20:22; Rm 12:19
Lew. 19:18Mt 5:43, 44; 22:39; Rm 13:9; Gl 5:14; Yak 2:8
Lew. 19:19Gus 22:9
Lew. 19:19Gus 22:11
Lew. 19:21Lw 6:6, 7
Lew. 19:24Gus 26:1, 2; Img 3:9
Lew. 19:26Lw 3:17; 17:13; Gus 12:23; Ivk 15:20, 29
Lew. 19:26Kv 8:7; Gus 18:10-12; Gl 5:19, 20; Ivh 21:8
Lew. 19:27Lw 21:1, 5
Lew. 19:28Gus 14:1
Lew. 19:29Gus 23:17
Lew. 19:29Heb 13:4; 1Pt 4:3
Lew. 19:30Kv 20:10; 31:13
Lew. 19:31Lw 20:6; Gus 18:10-12; 1Ng 10:13; Yes 8:19
Lew. 19:31Lw 20:27; Ivk 16:16
Lew. 19:32Img 16:31; 20:29
Lew. 19:32Yb 32:6; Img 23:22; 1Tm 5:1
Lew. 19:32Yb 28:28; Img 1:7; 8:13; 1Pt 2:17
Lew. 19:33Kv 23:9
Lew. 19:34Kv 12:49
Lew. 19:34Kv 22:21
Lew. 19:35Gus 25:13, 15; Img 20:10
Lew. 19:36Img 11:1
Lew. 19:37Lw 18:5; Gus 4:6
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Abalewi 19:1-37

Abalewi

19 Yehova abandanya kubarira Musa ati: 2 «Bwira ishengero ryose ry’Abisirayeli uti: “Mukwiye kuba beranda kuko jewe Yehova Imana yanyu ndi mweranda+.

3 Umwe wese akwiye kwubaha* nyina wiwe na se wiwe+, kandi mukwiye kwubahiriza amasabato yanje+. Ndi Yehova Imana yanyu. 4 Ntimuze mukurikire imana ata co zimaze+ canke ngo mwihingurire imana zikozwe mu cuma*+. Ndi Yehova Imana yanyu.

5 Nimwashikanira Yehova ikimazi co gusangira+, mukwiye kugishikana ku buryo abashima+. 6 Gikwiye kuribwa ku musi nyene mwagitangiyeko no ku musi ukurikira. Hagize ibishika ku musi ugira gatatu bikwiye guturirwa+. 7 Nihagira uwurya kuri ico kimazi ku musi ugira gatatu, kizoca kiba ikintu gisesemye kandi Imana ntizocemera. 8 Uwukiriyeko azobihanirwa, kuko azoba ahumanije ikintu ceranda ca Yehova. Uwo muntu abwirizwa kwicwa*.

9 Igihe muzoba muriko murimbura mu gihugu canyu, ntimuze mumarire ibiri ku mpera y’umurima vyose, kandi ntimuze mutoragure* ibizoba vyakorotse*+. 10 Vyongeye, ntimuze mwegeranye ivyasigaye mu mirima yanyu y’imizabibu canke ngo mutoragure inzabibu zakorotse mu mirima yanyu. Mukwiye kubisigariza umukene*+ n’umunyamahanga aba muri mwebwe. Ndi Yehova Imana yanyu.

11 Ntimukibe+, ntimugahendane+, kandi ntihaze hagire uwugunga mugenziwe. 12 Ntimuze murahire ibinyoma mukoresheje izina ryanje+, kuko mwoba mucafuje izina ry’Imana yanyu. Ndi Yehova. 13 Ntukazurume mugenzawe+ kandi ntuze umusahure utwiwe+. Ntuze urarane impembo y’umukozi w’umucangero gushika mu gatondo+.

14 Ntuze utuke* umuntu afise ubumuga bwo kutumva canke ngo ushire igitsitaza imbere y’impumyi+. Ukwiye gutinya Imana yawe+. Ndi Yehova.

15 Ntimuze muce urubanza rwa ngondagonde. Ntimuze mugirire nkunzi umukene canke ngo muhengamire ku mutunzi+. Mukwiye gucira urubanza rugororotse bagenzi banyu.

16 Ntuze ukwiragire mu bantu ugenzwa no kwambika ibara abandi+. Ntuze urondere gucisha agatwe mugenzawe*+. Ndi Yehova.

17 Ntukankire mwenewanyu mu mutima wawe+. Utegerezwa gukosora mugenzawe+ kugira ntusangire igicumuro na we.

18 Ntuze wihore+ canke ngo ubikire inzigo abantu bo mw’ihanga ryawe. Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+. Ndi Yehova.

19 Mukwiye gukurikiza ivyagezwe vyanje: ntimuze mubangurire ibitungwa bibiri bidasangiye ubwoko. Ntimukwiye guteragira mu murima wanyu imbuto zibiri z’ubwoko butandukanye+, kandi ntimuze mwambare impuzu ikozwe mu nyuzi z’ubwoko bubiri busobekeranye+.

20 Umugabo niyaryamana n’umusukukazi agenewe uwundi mugabo, ariko akaba atari bwacungurwe canke ngo ahabwe umwidegemvyo, bose bakwiye guhanwa. Ntibaze bicwe kuko uwo musukukazi atari bwahabwe umwidegemvyo. 21 Uwo mugabo akwiye gushikanira Yehova impfizi y’intama y’ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha+, ayizane ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro. 22 Umuherezi azoca amutangira impongano* imbere ya Yehova akoresheje iyo mpfizi y’intama y’ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha, kandi azobabarirwa igicumuro yakoze.

23 Nimwinjira mu gihugu ngira ndabahe hanyuma mugatera ibiti vy’ivyamwa, mukwiye gufata ko ivyo vyamwa bihumanye kandi bitemewe kuribwa. Bizomara imyaka itatu ari ikizira kuri mwebwe. Ntimukwiye kubirya. 24 Ariko ku mwaka ugira kane, ivyamwa vyose bizoba ari vyeranda kandi kizoba ari igihe co kunezerwa imbere ya Yehova+. 25 Ku mwaka ugira gatanu muzoshobora kubirya, vyiyongere ku mwimbu wanyu. Ndi Yehova Imana yanyu.

26 Ntimuze murye ikintu na kimwe kirimwo amaraso+.

Ntimuze muragure canke ngo mukore ivy’amageza+.

27 Ntimuze mwimoshe imishatsi yo mu misaya, canke ngo mukatagure udusunwa tw’ubwanwa bwanyu+.

28 Ntimuze mwikebagure kubera umuntu yapfuye+, kandi ntimuze mwicapeko ibintu* ku mibiri yanyu. Ndi Yehova.

29 Ntuzotetereze umukobwa wawe mu kumugira umumaraya+. Ahandiho igihugu cohava gihumana kubera ubumaraya maze kikuzuramwo ingeso mbi+.

30 Mutegerezwa kwubahiriza amasabato yanje+, kandi mutegerezwa kwubaha* ahantu hanje heranda. Ndi Yehova.

31 Ntimuze mwiture abakora ivyo guhanuza abapfuye+, kandi ntimuze musiguze ba rumenyi+ kuko bobahumanya. Ndi Yehova Imana yanyu.

32 Ukwiye guhaguruka imbere y’umuntu w’imvi+, kandi ukwiye kwubaha umutama+. Utegerezwa gutinya Imana yawe+. Ndi Yehova.

33 Ntimuze mufate nabi umunyamahanga aba mu gihugu canyu+. 34 Umunyamahanga aba muri mwebwe mukwiye kumufata nk’imvukira+. Mukwiye kumukunda nk’uko mwikunda, kuko namwe mwabaye ba kavamahanga mu Misiri+. Ndi Yehova Imana yanyu.

35 Ntimuze mukoreshe ubusuma mu gupima uburebure, uburemere canke ibiseseka+. 36 Mukwiye gukoresha iminzane itabesha, amabuye y’umunzane akwiye n’ingero* zikwiye+. Ndi Yehova Imana yanyu yabakuye mu Misiri. 37 Mutegerezwa gukurikiza ivyagezwe vyanje vyose n’ingingo zose nashinze, kandi mukavyisunga+. Ndi Yehova.”»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika