ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 1
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Itanguriro: ibirimwo

      • Ijuru n’isi biremwa (1, 2)

      • Imisi itandatu yo gutegura isi (3-31)

        • Umusi wa 1: umuco, umurango n’ijoro (3-5)

        • Umusi wa 2: ikirere (6-8)

        • Umusi wa 3: ubutaka bwumutse n’ibiterwa (9-13)

        • Umusi wa 4: ibitangamuco vyo mu kirere (14-19)

        • Umusi wa 5: amafi n’inyoni (20-23)

        • Umusi wa 6: ibikoko n’abantu (24-31)

Itanguriro 1:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 102:25; Yes 42:5; 45:18; Rm 1:20; Heb 1:10; Ivh 4:11; 10:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insobanuro y’imirongo yo muri Bibiliya, ikiganiro 2

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 6

    Be maso!,

    no. 3 2021 rup. 10

    10/2015, rup. 8

    3/2014, rup. 5-6

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 1 2019 rup. 5

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2015, rup. 5

    15/2/2011, rup. 6-7

    15/2/2007, rup. 5

    Vyoba vyararemwe?, rup. 24

    Ubutumwa bwo muri Bibiliya, rup. 4

    Umukunzi w’Imana, rup. 7

Itanguriro 1:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «hejuru y’amazi asuriranya.»

  • *

    Canke «inguvu z’Imana.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 8:27, 28
  • +Zb 33:6; Yes 40:26
  • +Zb 104:5, 6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 6

    Be maso!,

    no. 3 2021 rup. 10

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2007, rup. 5-6

Itanguriro 1:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 45:7; 2Kr 4:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    3/2014, rup. 6

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2011, rup. 8

    15/2/2007, rup. 6

    1/1/2004, rup. 28

Itanguriro 1:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    3/2014, rup. 6

Itanguriro 1:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 8:22

Itanguriro 1:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:20
  • +2Pt 3:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    3/2014, rup. 6

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2008, rup. 27-28

Itanguriro 1:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 7:11; Img 8:27, 28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    3/2014, rup. 6

Itanguriro 1:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 38:8, 11; Zb 104:6-9; 136:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    no. 3 2021 rup. 10

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2007, rup. 6

Itanguriro 1:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 95:5
  • +Img 8:29
  • +Gus 32:4

Itanguriro 1:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    3/2014, rup. 7

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2007, rup. 6

Itanguriro 1:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 104:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    3/2014, rup. 7

Itanguriro 1:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ibimuri», «amatara.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:19
  • +Zb 104:19
  • +It 8:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2011, rup. 8

    15/2/2007, rup. 6

Itanguriro 1:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 136:7, 8
  • +Zb 8:3; Yr 31:35

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    3/2014, rup. 7

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2007, rup. 6

    1/1/2004, rup. 28

Itanguriro 1:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    3/2014, rup. 7

Itanguriro 1:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 74:16

Itanguriro 1:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 2:19

Itanguriro 1:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 6

    Be maso!,

    3/2014, rup. 7

Itanguriro 1:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 9:6; Zb 104:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    3/2014, rup. 7

Itanguriro 1:24

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ibikoko bigendagenda.» Aho hashobora kuba harimwo ibikoko binyogomba n’ayandi moko y’ibikoko bitari muri iyo migwi yavuzwe.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 2:19

Itanguriro 1:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 6

Itanguriro 1:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 8:30; Yoh 1:3; Kl 1:16
  • +1Kr 11:7
  • +It 5:1; Yak 3:9
  • +It 9:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insobanuro y’imirongo yo muri Bibiliya, ikiganiro 27

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 6

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 2 2018 rup. 12

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2008, rup. 15

    1/1/2004, rup. 30

    1/3/2002, rup. 4

    Umwigisha, rup. 22

Itanguriro 1:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 139:14; Mt 19:4; Mr 10:6; 1Kr 11:7, 9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 6

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 1 2019 rup. 10

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 2 2018 rup. 12

    Bibiliya itwigisha iki?, rup. 53

    Ivyo Bibiliya yigisha, rup. 48-49

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2013, rup. 3

    1/9/2012, rup. 4

    15/2/2011, rup. 9

    1/10/2008, rup. 15

    1/7/2005, rup. 4-5

    1/2/1997, rup. 22-23, 25

    Be maso!,

    8/2013, rup. 8

    5/2013, rup. 15

Itanguriro 1:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 9:1
  • +It 2:15
  • +Zb 8:4, 6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2021, rup. 2

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 25

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 3 2019 rup. 6-7

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2018, rup. 19-20

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2016, rup. 9

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2006, rup. 4-5

    15/4/2004, rup. 4

    1/5/1999, rup. 8-9

    1/8/1998, rup. 13

    Urashobora Kubaho, rup. 73-74

Itanguriro 1:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 9:3; Zb 104:14; Ivk 14:17

Itanguriro 1:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 147:9; Mt 6:26

Itanguriro 1:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:4; Zb 104:24; 1Tm 4:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 172

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2011, rup. 13

    1/1/2008, rup. 15

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ita. 1:1Zb 102:25; Yes 42:5; 45:18; Rm 1:20; Heb 1:10; Ivh 4:11; 10:6
Ita. 1:2Img 8:27, 28
Ita. 1:2Zb 33:6; Yes 40:26
Ita. 1:2Zb 104:5, 6
Ita. 1:3Yes 45:7; 2Kr 4:6
Ita. 1:5It 8:22
Ita. 1:6It 1:20
Ita. 1:62Pt 3:5
Ita. 1:7It 7:11; Img 8:27, 28
Ita. 1:9Yb 38:8, 11; Zb 104:6-9; 136:6
Ita. 1:10Zb 95:5
Ita. 1:10Img 8:29
Ita. 1:10Gus 32:4
Ita. 1:12Zb 104:14
Ita. 1:14Gus 4:19
Ita. 1:14Zb 104:19
Ita. 1:14It 8:22
Ita. 1:16Zb 136:7, 8
Ita. 1:16Zb 8:3; Yr 31:35
Ita. 1:18Zb 74:16
Ita. 1:20It 2:19
Ita. 1:22Neh 9:6; Zb 104:25
Ita. 1:24It 2:19
Ita. 1:26Img 8:30; Yoh 1:3; Kl 1:16
Ita. 1:261Kr 11:7
Ita. 1:26It 5:1; Yak 3:9
Ita. 1:26It 9:2
Ita. 1:27Zb 139:14; Mt 19:4; Mr 10:6; 1Kr 11:7, 9
Ita. 1:28It 9:1
Ita. 1:28It 2:15
Ita. 1:28Zb 8:4, 6
Ita. 1:29It 9:3; Zb 104:14; Ivk 14:17
Ita. 1:30Zb 147:9; Mt 6:26
Ita. 1:31Gus 32:4; Zb 104:24; 1Tm 4:4
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Itanguriro 1:1-31

Itanguriro

1 Mu ntango, Imana yaremye ijuru n’isi+.

2 Isi nta mero yari ifise kandi yaragaragara. Hejuru y’amazi*+ hari umwiza, kandi impwemu y’Imana*+ yaguma itembera hejuru y’amazi+.

3 Imana rero ivuga iti: «Nihabeho umuco.» Nuko habaho umuco+. 4 Maze Imana ibona ko umuco wari mwiza, iraheza itandukanya umuco n’umwiza. 5 Imana yita umuco «umurango», umwiza na wo iwita «ijoro+.» Burira bwongera buraca: uwo uba umusi wa mbere.

6 Imana yongera kuvuga iti: «Nihabeho ikirere+ hagati y’amazi, gitandukanye amazi n’ayandi+.» 7 Maze Imana itangura gutunganya ikirere no gutandukanya amazi yari munsi yaco n’ayari hejuru yaco+. Biraheza biba gutyo nyene. 8 Imana yita ikirere «ijuru.» Burira bwongera buraca: uwo uba umusi ugira kabiri.

9 Imana yongera kuvuga iti: «Amazi yo munsi y’ijuru nakoranire ahantu hamwe, kandi haboneke ubutaka bwumutse+.» Biraheza biba gutyo nyene. 10 Ubutaka bwumutse Imana ibwita «isi+», amazi akoraniye hamwe na yo iyita «ikiyaga+.» Imana ibona ko vyari vyiza+. 11 Imana iraheza ivuga iti: «Isi nimereko ivyatsi n’ibiterwa vyama imbuto. Nimereko kandi ibiti vy’ivyamwa vy’ubwoko butandukanye bitanga ivyamwa n’imbuto kw’isi.» Biraheza biba gutyo nyene. 12 Isi itangura kumerako ivyatsi, ibiterwa vyama imbuto+ n’ibiti vy’ubwoko butandukanye bitanga ivyamwa n’imbuto. Imana ibona ko vyari vyiza. 13 Burira bwongera buraca: uwo uba umusi ugira gatatu.

14 Imana yongera kuvuga iti: «Nihabeho ibintu bitanga umuco*+ mu kirere kugira bitandukanye umurango n’ijoro+, kandi bizoba ibimenyetso vyerekana ibihe, imisi n’imyaka+. 15 Bizokwaka biri mu kirere kugira bimurikire isi.» Biraheza biba gutyo nyene. 16 Imana rero ikora ibitangamuco bibiri bininibinini, kinini muri vyo kugira cake ku murango+, gitoyi na co mw’ijoro, ikora n’inyenyeri+. 17 Imana ibishira mu kirere kugira bimurikire isi, 18 kugira vyake ku murango no mw’ijoro no kugira bitandukanye umuco n’umwiza+. Imana ibona ko vyari vyiza. 19 Burira bwongera buraca: uwo uba umusi ugira kane.

20 Imana yongera kuvuga iti: «Amazi niyuzuremwo ibikoko, kandi ibikoko bifise amababa nibiguruke mu kirere hejuru y’isi+.» 21 Nuko Imana irema ibikoko bininibinini vyo mu mazi, ibikoko vyose vy’amoko atandukanye bigendera mu mazi biri mu migwi mininiminini n’ibikoko vyose vy’amoko atandukanye bifise amababa kandi biguruka. Imana ibona ko vyari vyiza. 22 Maze Imana irabihezagira, ivuga iti: «Nimurondoke, mugwire, mwuzure amazi yo mu kiyaga+, kandi ibikoko biguruka nibigwire kw’isi.» 23 Burira bwongera buraca: uwo uba umusi ugira gatanu.

24 Imana yongera kuvuga iti: «Isi nizane ibikoko vy’ubwoko butandukanye: ibikoko vy’ibitungano, ibikwega inda hasi* n’ibikoko vyo mw’ishamba kandi vy’ubwoko bwose+.» Biraheza biba gutyo nyene. 25 Imana irema ibikoko vyo mw’ishamba vy’amoko atandukanye, ibikoko vy’ibitungano vy’amoko atandukanye n’ibikoko vyose bikwega inda hasi vy’amoko atandukanye. Imana ibona ko vyari vyiza.

26 Imana yongera kuvuga iti: «Tureme+ umuntu mw’ishusho+ yacu, asa+ natwe, aheze aganze amafi yo mu kiyaga, ibikoko biguruka mu kirere, ibikoko vy’ibitungano, isi yose n’ibikoko vyose bikwega inda hasi+.» 27 Imana iraheza irema umuntu mw’ishusho yayo, imurema mw’ishusho y’Imana. Irema umugabo n’umugore+. 28 Maze Imana irabahezagira, ibabwira iti: «Nimurondoke, mugwire, mwuzure isi+ kandi muyiganze+. Nimuganze+ amafi yo mu kiyaga, ibikoko biguruka mu kirere n’ibikoko vyose bigendagenda kw’isi.»

29 Imana yongera kuvuga iti: «Ehe ndabahaye ibiterwa vyose vyo kw’isi vyama imbuto n’ibiti vyose bifise ivyamwa birimwo imbuto. Nibibabere ibifungurwa+. 30 Kandi ibikoko vyose vyo mw’ishamba, ibikoko vyose biguruka mu kirere n’ibindi bikoko vyose bigendagenda kw’isi, ndabihaye ivyatsi bitoto ngo bibe ivyo kurya vyavyo+.» Biraheza biba gutyo nyene.

31 Inyuma y’ivyo, Imana yihweza ibintu vyose yari yaremye, isanga vyari vyiza cane+. Burira bwongera buraca: uwo uba umusi ugira gatandatu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika