ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 4
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyahishuwe: ibirimwo

      • Yohani yerekwa ubuninahazwa bwa Yehova mw’ijuru (1-11)

        • Yehova yicaye ku ntebe yiwe y’ubwami (2)

        • Abakurambere 24 bicaye ku ntebe z’ubwami (4)

        • Ibinyabuzima bine (6)

Ivyahishuwe 4:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 74

Ivyahishuwe 4:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 22:19; Yes 6:1; Ezk 1:26, 27; Dn 7:9; Ivk 7:55

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 74-76

Ivyahishuwe 4:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «hamwe n’ibuye ry’agaciro ritukura.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 21:10, 11
  • +1Yh 1:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 6 2016 rup. 4

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 76

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2005, rup. 31

Ivyahishuwe 4:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 4:10; 5:8; 11:16; 19:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 76-77, 102-103, 288-289

Ivyahishuwe 4:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 1:13
  • +Kv 19:16
  • +Ivh 1:4; 5:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 30

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 77-79

Ivyahishuwe 4:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 30:18; 1Bm 7:23
  • +Ezk 1:5-10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 79-80

Ivyahishuwe 4:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 28:1; Yes 31:4
  • +Yb 39:9-11; Ivh 6:3
  • +Ivh 6:5
  • +Ivh 6:7
  • +Yb 39:27, 29; Ezk 1:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 80

Ivyahishuwe 4:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 10:9, 12
  • +Yes 6:2, 3
  • +Ivh 1:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 4

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 81, 129

Ivyahishuwe 4:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 90:2; Dn 12:7

Ivyahishuwe 4:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 5:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 81

Ivyahishuwe 4:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 5:16; Ivh 14:7
  • +Ivh 19:10
  • +Ivh 5:13; 7:12; 11:17; 12:10
  • +Ivh 10:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 4

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2008, rup. 31

    1/12/1999, rup. 22

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 81

    Imizimu, rup. 12

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyah. 4:21Bm 22:19; Yes 6:1; Ezk 1:26, 27; Dn 7:9; Ivk 7:55
Ivyah. 4:3Ivh 21:10, 11
Ivyah. 4:31Yh 1:5
Ivyah. 4:4Ivh 4:10; 5:8; 11:16; 19:4
Ivyah. 4:5Ezk 1:13
Ivyah. 4:5Kv 19:16
Ivyah. 4:5Ivh 1:4; 5:6
Ivyah. 4:6Kv 30:18; 1Bm 7:23
Ivyah. 4:6Ezk 1:5-10
Ivyah. 4:7Img 28:1; Yes 31:4
Ivyah. 4:7Yb 39:9-11; Ivh 6:3
Ivyah. 4:7Ivh 6:5
Ivyah. 4:7Ivh 6:7
Ivyah. 4:7Yb 39:27, 29; Ezk 1:10
Ivyah. 4:8Ezk 10:9, 12
Ivyah. 4:8Yes 6:2, 3
Ivyah. 4:8Ivh 1:4
Ivyah. 4:9Zb 90:2; Dn 12:7
Ivyah. 4:10Ivh 5:8
Ivyah. 4:11Mt 5:16; Ivh 14:7
Ivyah. 4:11Ivh 19:10
Ivyah. 4:11Ivh 5:13; 7:12; 11:17; 12:10
Ivyah. 4:11Ivh 10:6
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Ivyahishuwe 4:1-11

Ivyahishuriwe Yohani

4 Inyuma y’ivyo, mbona umuryango wuguruye mw’ijuru, kandi ijwi rya mbere numvise rivugana nanje ryari rimeze nk’iry’urumbete. Rimbwira riti: «Duga hano, nkwereke ibintu bitegerezwa kuba.» 2 Ivyo biheze, ubwo nyene impwemu ica itangura kunkorerako, maze mbona intebe y’ubwami mw’ijuru, kandi hari uwari ayicayeko+. 3 Uwari ayicayeko yasa n’ibuye ryitwa yasipi+ hamwe n’iryitwa sarudiyo*, kandi iyo ntebe yari ikikujwe n’umunywamazi usa n’ibuye ryitwa emerode+.

4 Hirya no hino y’iyo ntebe hariho intebe z’ubwami 24, kandi kuri izo ntebe hari hicaye abakurambere 24+ bambaye impuzu zera n’ingori z’inzahabu ku mitwe. 5 Kuri iyo ntebe haguma hava imiravyo+, amajwi n’imituragaro+. Imbere yayo hariho amatara indwi aguma yaka, ayo matara akaba agereranya impwemu indwi z’Imana+. 6 Imbere yayo hariho kandi ikintu kimeze nk’ikiyaga c’ikiyo+, gica ibibatsi nk’ibuye ryitwa kirisitalo.

Hagati y’iyo ntebe no hirya no hino yayo hari ibinyabuzima bine+ vyuzuyeko amaso imbere n’inyuma. 7 Ikinyabuzima ca mbere casa n’intambwe+, ica kabiri casa n’ishuri+, ica gatatu+ cari gifise mu maso nk’ah’umuntu, ica kane+ na co casa n’inkona iriko iraguruka+. 8 Kimwekimwe cose muri ivyo binyabuzima bine cari gifise amababa atandatu yuzuyeko amaso hejuru no munsi+. Ijoro n’umurango vyaguma bivuga biti: «Mweranda, mweranda, mweranda ni Yehova*+ Imana Mushoboravyose, umwe yamyeho kandi ariho kandi ariko araza+.»

9 Igihe cose ivyo binyabuzima bininahaje, bigatera iteka kandi bigakengurukira Umwe yicaye kuri ya ntebe y’ubwami, Umwe ariho gushika ibihe bidahera+, 10 ba bakurambere 24+ baca bapfukama imbere y’Umwe yicaye kuri ya ntebe y’ubwami, maze bagasenga Umwe ariho gushika ibihe bidahera kandi bagaterera ingori zabo imbere y’iyo ntebe, bakavuga bati: 11 «Ewe Yehova* Mana yacu, urabereye kuronka ubuninahazwa+, iteka+ n’ububasha+, kuko waremye vyose+, kandi ukugomba kwawe ni kwo kwatumye bibaho, biraremwa.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika