ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 12
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya: ibirimwo

      • Ikirego ca Yeremiya (1-4)

      • Inyishu ya Yehova (5-17)

Yeremiya 12:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:25
  • +Yb 12:6; 21:7; Zb 73:3; Yr 5:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 118-119

Yeremiya 12:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «amafyigo.» Ni ukuvuga ivyiyumviro vy’ibwina canke inyiyumvo z’ibwina.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 29:13

Yeremiya 12:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 139:1, 2
  • +2Bm 20:3; Zb 17:3; Yr 11:20

Yeremiya 12:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 14:6; 23:10

Yeremiya 12:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 4:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2012, rup. 29

    15/3/2011, rup. 32

Yeremiya 12:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 9:4

Yeremiya 12:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 13:35
  • +Kv 19:5; Yes 47:6
  • +Int 2:1

Yeremiya 12:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:2; Ezk 16:37
  • +Yes 56:9; Yr 7:33

Yeremiya 12:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 80:8; Yes 5:1, 7; Yr 6:3
  • +Yes 63:18; Yr 3:19

Yeremiya 12:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «uragandara.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 9:11; 10:22
  • +Yes 42:24, 25

Yeremiya 12:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «igifise umubiri cose nta mahoro gifise.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:33; Yr 15:2

Yeremiya 12:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:16; Mik 6:15

Yeremiya 12:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 79:4; Yr 48:26; Ezk 25:3; Zk 1:15; 2:8
  • +Yr 48:2; 49:2

Yeremiya 12:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 60:12

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 12:1It 18:25
Yer. 12:1Yb 12:6; 21:7; Zb 73:3; Yr 5:28
Yer. 12:2Yes 29:13
Yer. 12:3Zb 139:1, 2
Yer. 12:32Bm 20:3; Zb 17:3; Yr 11:20
Yer. 12:4Yr 14:6; 23:10
Yer. 12:5Yr 4:13
Yer. 12:6Yr 9:4
Yer. 12:7Lk 13:35
Yer. 12:7Kv 19:5; Yes 47:6
Yer. 12:7Int 2:1
Yer. 12:92Bm 24:2; Ezk 16:37
Yer. 12:9Yes 56:9; Yr 7:33
Yer. 12:10Zb 80:8; Yes 5:1, 7; Yr 6:3
Yer. 12:10Yes 63:18; Yr 3:19
Yer. 12:11Yr 9:11; 10:22
Yer. 12:11Yes 42:24, 25
Yer. 12:12Lw 26:33; Yr 15:2
Yer. 12:13Lw 26:16; Mik 6:15
Yer. 12:14Zb 79:4; Yr 48:26; Ezk 25:3; Zk 1:15; 2:8
Yer. 12:14Yr 48:2; 49:2
Yer. 12:17Yes 60:12
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Yeremiya 12:1-17

Yeremiya

12 Ewe Yehova, iyo ndagushikirije ikirego canje,

nkavugana nawe ibijanye n’ubutungane, wama ugororotse+.

Ariko none, kubera iki ababisha baroraniwe+,

ibihemu bikaba ata co vyinona?

 2 Warabateye barashinga imizi.

Barakuze bama ivyamwa.

Bakwamiza mu kanwa, ariko uri kure y’imitima* yabo+.

 3 Ariko wewe Yehova, uranzi neza+ kandi urambona.

Warasuzumye umutima wanje usanga uri kumwe nawe+.

Bashire ku ruhande nk’intama zo gukererwa,

ubashire ukwabo mu kurindira umusi wo kwicwa.

 4 Igihugu kizoguma gikabiranye gushika ryari?

Ibimera ahantu hose hari agahinga, bizoguma vyumye gushika ryari+?

Kubera ikibi c’abahaba,

ibikoko n’inyoni vyarazimanganijwe.

Bavuze bati: «Ntabona ibizodushikira.»

 5 Nimba kwiruka n’abagenda n’amaguru bikuruhishije,

uzoshobora gute gusiganwa n’amafarasi+?

Ko wumva utekanye mu gihugu c’amahoro,

bizokugendera gute muri vya bisaka vy’inzitane vyo ku nkengera ya Yorodani?

 6 Kuko na benewanyu n’urugo rwa so

baguhemukiye+.

Barakuvugirije induru.

Ntubizere

naho bokubwira ibintu vyiza.

 7 «Narahevye inzu yanje+, icibare kinyegukira+.

Uwo nkunda cane naramuretse agwa mu maboko y’abansi biwe+.

 8 Uwunyegukira yambereye nk’intambwe iri mw’ishamba.

Yarantontomeye.

Ni co catumye ndamwanka.

 9 Icibare canje, kuri jewe kimeze nk’inyoni ihiga y’amabara menshi.

Izindi nyoni zihiga ziragikikuza, zikagitera+.

Yemwe bikoko vyo mw’ishamba mwese, nimukoranire hamwe,

muze murye+.

10 Abungere benshi baratikije umurima wanje w’imizabibu+.

Bahonyanze umurima wanje+.

Umurima wanje uteye igomwe bawuhinduye ubugaragwa bwatawe.

11 Umurima wanje wacitse agahinga,

urakabirana*.

Usigaye ari umusaka imbere yanje+.

Igihugu cose cagizwe umusaka,

ariko nta n’umwe abishirako umutima+.

12 Abahonya baje bazananye mu nzira zose zinoze zo mu gahinga,

kuko inkota ya Yehova iriko iratikiza mu gihugu cose+.

Nta n’umwe afise amahoro*.

13 Babivye ingano mugabo bimbura amahwa+.

Baruhiye ubusa.

Kubera ishavu rya Yehova rirurumba,

bazomaramazwa n’umwimbu wabo.»

14 Ibi ni vyo Yehova avuze: «Ku bijanye n’ababanyi banje bose b’ababisha, bakora ku ntoranwa nahaye abantu banje b’Abisirayeli+, ngira ndabarandure mu gihugu cabo+, kandi nzorandura Ubuyuda muri bo. 15 Ariko ninamara kubarandura, nzosubira kubagirira imbabazi, umwe wese muri bo ndamugarukane mu ntoranwa yiwe, mu gihugu ciwe.»

16 «Kandi nibiga ingeso z’abantu banje, bakiga no kurahira izina ryanje ngo: “Turahiye Yehova Imana nzima!”, kurya nyene bigishije abantu banje kurahira Bayali, bazoronka rero ikibanza mu bantu banje. 17 Mugabo nihagira ihanga ryanka kugamburuka, na ryo nzorirandura. Nzorirandura ndarihonye», ni ko Yehova avuze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika