ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gucura intimba 2
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Gucura intimba: ibirimwo

      • Yehova ashavurira Yeruzalemu

        • Nta kagongwe yahagiriye (2)

        • Yehova yamubereye nk’umwansi (5)

        • Yeremiya aririra Siyoni (11-13)

        • Abahita barahema igisagara cahora ari ciza (15)

        • Abansi baranezerwa kubera ugutemba kwa Siyoni (17)

Gucura intimba 2:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Int 2:15
  • +1Ng 28:2; Zb 132:7; Yes 60:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2007, rup. 8-9

Gucura intimba 2:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ata mpuhwe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:52; Mik 5:11
  • +Ezk 21:26, 27
  • +Yes 39:7; 43:28

Gucura intimba 2:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ihembe ryose.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 74:10, 11
  • +Gus 32:22; Yes 42:25; Yr 7:20

Gucura intimba 2:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «yagonze umuheto.» Mu giheburayo havuga ngo «yahonyoye umuheto (igihe bawambika uruvuto).»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:63; Yes 63:10; Yr 21:5
  • +2Bm 25:21
  • +Yr 4:4
  • +Yr 10:20

Gucura intimba 2:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «mu mukobwa w’Ubuyuda.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 30:14

Gucura intimba 2:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «yazimanganije.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:8, 9; 2Ng 36:19; Yes 63:18; 64:11
  • +Int 1:4
  • +Yr 52:24, 27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2007, rup. 9

Gucura intimba 2:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:31; Yr 26:6; 52:12, 13; Ezk 24:21; Mik 3:12
  • +2Ng 36:19
  • +Zb 74:4

Gucura intimba 2:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «kumira.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:10; Yr 39:8
  • +2Bm 21:13; Yes 28:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 162

Gucura intimba 2:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «nta nyigisho.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 1:3; Yr 14:2
  • +Gus 28:15, 36; 2Bm 24:15; 25:7; Int 4:20; Ezk 12:13; Dn 1:3, 6
  • +Zb 74:9; Yr 23:16; Ezk 7:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 73

Gucura intimba 2:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 3:26
  • +Yr 6:26; Ezk 7:18

Gucura intimba 2:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «amara yanje.»

  • *

    Ijambo «umukobwa» ni ingereranyo ndyoshamvugo ishobora kuba yakoreshejwe kugira haserurwe impuhwe n’ikigongwe.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Int 3:48
  • +Yr 14:17
  • +Yr 11:22; Int 2:19; 4:4

Gucura intimba 2:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:49, 51; 2Bm 25:3; Yes 3:1; Yr 18:21

Gucura intimba 2:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 14:17; Dn 9:12
  • +Yr 30:12

Gucura intimba 2:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 2:8; 27:14; Ezk 13:2, 3
  • +Yr 23:14
  • +Yr 23:32; 27:9; Mik 3:5; Zf 3:4

Gucura intimba 2:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 25:2, 6
  • +1Bm 9:8; Yr 25:9
  • +Zb 48:2; Ezk 16:14

Gucura intimba 2:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «amenyo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 51:34
  • +Mik 4:11
  • +Ob 13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2007, rup. 9

Gucura intimba 2:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ihembe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 18:11; Mik 2:3
  • +2Bm 23:27
  • +Lw 26:14, 17; Gus 28:15
  • +Ezk 5:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 154

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2007, rup. 9

Gucura intimba 2:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «umukobwa w’ijisho ryawe.»

Gucura intimba 2:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ku mutwe w’amabarabara yose.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 51:20; Int 4:9; Ezk 5:16

Gucura intimba 2:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ivyamwa.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:29; Gus 28:53; Yr 19:9; Int 4:10; Ezk 5:10
  • +Ezk 9:6, 7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2007, rup. 9

Gucura intimba 2:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «inkumi zanje.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:49, 50; 2Ng 36:17
  • +Yr 9:21; 18:21
  • +Yr 13:14; 21:7; Int 3:43; Ezk 5:11; 9:6

Gucura intimba 2:22

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «abo navyaye bafise amagara meza.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 16:16
  • +Zf 1:18
  • +Gus 28:18

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Int. 2:1Int 2:15
Int. 2:11Ng 28:2; Zb 132:7; Yes 60:13
Int. 2:2Gus 28:52; Mik 5:11
Int. 2:2Ezk 21:26, 27
Int. 2:2Yes 39:7; 43:28
Int. 2:3Zb 74:10, 11
Int. 2:3Gus 32:22; Yes 42:25; Yr 7:20
Int. 2:4Gus 28:63; Yes 63:10; Yr 21:5
Int. 2:42Bm 25:21
Int. 2:4Yr 4:4
Int. 2:4Yr 10:20
Int. 2:5Yr 30:14
Int. 2:62Bm 25:8, 9; 2Ng 36:19; Yes 63:18; 64:11
Int. 2:6Int 1:4
Int. 2:6Yr 52:24, 27
Int. 2:7Lw 26:31; Yr 26:6; 52:12, 13; Ezk 24:21; Mik 3:12
Int. 2:72Ng 36:19
Int. 2:7Zb 74:4
Int. 2:82Bm 25:10; Yr 39:8
Int. 2:82Bm 21:13; Yes 28:17
Int. 2:9Neh 1:3; Yr 14:2
Int. 2:9Gus 28:15, 36; 2Bm 24:15; 25:7; Int 4:20; Ezk 12:13; Dn 1:3, 6
Int. 2:9Zb 74:9; Yr 23:16; Ezk 7:26
Int. 2:10Yes 3:26
Int. 2:10Yr 6:26; Ezk 7:18
Int. 2:11Int 3:48
Int. 2:11Yr 14:17
Int. 2:11Yr 11:22; Int 2:19; 4:4
Int. 2:12Gus 28:49, 51; 2Bm 25:3; Yes 3:1; Yr 18:21
Int. 2:13Yr 14:17; Dn 9:12
Int. 2:13Yr 30:12
Int. 2:14Yr 2:8; 27:14; Ezk 13:2, 3
Int. 2:14Yr 23:14
Int. 2:14Yr 23:32; 27:9; Mik 3:5; Zf 3:4
Int. 2:15Ezk 25:2, 6
Int. 2:151Bm 9:8; Yr 25:9
Int. 2:15Zb 48:2; Ezk 16:14
Int. 2:16Yr 51:34
Int. 2:16Mik 4:11
Int. 2:16Ob 13
Int. 2:17Yr 18:11; Mik 2:3
Int. 2:172Bm 23:27
Int. 2:17Lw 26:14, 17; Gus 28:15
Int. 2:17Ezk 5:11
Int. 2:19Yes 51:20; Int 4:9; Ezk 5:16
Int. 2:20Lw 26:29; Gus 28:53; Yr 19:9; Int 4:10; Ezk 5:10
Int. 2:20Ezk 9:6, 7
Int. 2:21Gus 28:49, 50; 2Ng 36:17
Int. 2:21Yr 9:21; 18:21
Int. 2:21Yr 13:14; 21:7; Int 3:43; Ezk 5:11; 9:6
Int. 2:22Gus 16:16
Int. 2:22Zf 1:18
Int. 2:22Gus 28:18
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Gucura intimba 2:1-22

Gucura intimba

א [Alefu]

2 Ewe kuntu Yehova atwikirije umukobwa wa Siyoni ibicu vy’ishavu ryiwe!

Yakororeye hasi ubwiza bwa Isirayeli abukuye mw’ijuru+.

Ntiyibutse intebe y’ibirenge vyiwe+ ku musi w’ishavu ryiwe.

ב [Beti]

 2 Yehova yamize amazu yose ya Yakobo ata kagongwe*.

Mu burake bwiwe yasambuye ibibanza bikingijwe ibihome vy’umukobwa w’Ubuyuda+.

Yatereye hasi yongera arahumanya ubwami+ n’abatware biwe+.

ג [Gimelu]

 3 Yakondoye inkomezi zose* za Isirayeli mw’ishavu ryiwe rirurumba.

Yarasubije inyuma ukuryo kwiwe igihe umwansi yegera+.

Muri Yakobo yagumye yaka nk’umuriro utema ugatongora irya n’ino+.

ד [Daleti]

 4 Yateguye umuheto* wiwe nk’umwansi. Ukuryo kwiwe kwiteguriye kuturwanya+.

Yagumye yica ababereye ijisho bose+.

Yasutse uburake bwiwe nk’umuriro+ mw’ihema ry’umukobwa wa Siyoni+.

ה [He]

 5 Yehova yabaye nk’umwansi+.

Yamize Isirayeli.

Yamize iminara yiwe yose.

Yahoneje ibibanza vyiwe vyose bikingijwe ibihome.

Atuma mu Buyuda* hagwira ukugandara n’ugucura intimba.

ו [Vau]

 6 Amerera nabi urusago rwiwe+ nk’aho koba ari akaruri ko mu murima.

Yakuyeho* umusi mukuru wiwe+.

Yehova yatumye umusi mukuru n’isabato vyibagirwa i Siyoni.

Kubera ishavu ryiwe ryinshi, nta cubahiro aha umwami canke umuherezi+.

ז [Zayini]

 7 Yehova yahevye igicaniro ciwe.

Yiyamye ahantu hiwe heranda+.

Yatumye inzitiro z’iminara yiwe ikomeye zigwa mu maboko y’abansi+.

Bashize ijwi ryabo hejuru mu nzu ya Yehova+, nk’aho hoba ari ku musi mukuru.

ח [Heti]

 8 Yehova yiyemeje gutikiza uruzitiro rw’umukobwa wa Siyoni+.

Yaramvuye umugozi wo gupimisha+.

Ntiyasubije inyuma ukuboko kwiwe ngo areke guhonya*.

Atuma igihome n’uruzitiro bigandara.

Vyose nta nkomezi bigifise.

ט [Teti]

 9 Amarembo yiwe yanyikiye mu kuzimu+.

Ivyugazo vyiwe vyaranduwe biravunagurwa.

Umwami wiwe n’abatware biwe bari mu mahanga+.

Nta mategeko* ahari. Mbere n’abahanuzi biwe nta co berekwa na Yehova+.

י [Yodi]

10 Abashingantahe b’umukobwa wa Siyoni bicaye hasi bacereje+.

Biyorerako umukungugu ku mutwe, bakambara amagunira+.

Abigeme b’isugi ba Yeruzalemu bunamitse umutwe gushika hasi.

כ [Kafu]

11 Amaso yanje aruhishijwe no gukorora amosozi+.

Mu nda* haradobanganye.

Igitigu canje casutswe hasi, kubera ugusenyuka kw’umukobwa* w’abantu b’iwacu+,

kubera abana n’inzoya bagwa bakarabira mu bibanza rusangi vyo mu gisagara+.

ל [Lamedi]

12 Baguma babaza ba nyina bati: «Intete n’umuvinyu biri hehe+?»

Babibaza bariko bararabira mu bibanza rusangi vyo mu gisagara nk’umuntu yakomerekejwe,

bariko bacikanira mu maboko ya ba nyina.

מ [Memu]

13 Mbega noguha akarorero nyabaki?

Ndakugereranye n’iki ga mukobwa wa Yeruzalemu?

Ndakugereranye n’iki kugira ndaguhoze, ga mukobwa w’isugi wa Siyoni?

Kuko ugusenyuka kwawe ari kunini cane nk’ikiyaga+. Ni nde yogukiza+?

נ [Nuni]

14 Ivyo abahanuzi bawe beretswe ku bijanye nawe vyari ibinyoma kandi nta co vyari bimaze+.

Ntibashize ahabona ikosa ryawe kugira batume utaja kugirwa imbohe+.

Ahubwo bagumye berekwa ku bijanye nawe amajambo y’ikinyoma kandi azimiza+.

ס [Sameki]

15 Abahita ku nzira bose bakubita urushi ku rundi baguhema+.

Bavuza agahwa bumiwe+ kandi bakazungiriza umutwe umukobwa wa Yeruzalemu, bavuga bati:

«Mbega iki ni ca gisagara bahora bavuga ngo: “Ni ubwiza butagira akanenge, umunezero w’isi yose+”?»

פ [Pe]

16 Abansi bawe bose bakwasamiye.

Baravuza agahwa, bagahekenya imisaya*, bavuga bati: «Twamumize+.

Uyu ni wo musi twari turindiriye+. Ugiye washika kandi turawiboneye+!»

ע [Ayini]

17 Yehova yakoze ivyo yari yateguye+. Yashikije ivyo yavuze+,

ivyo yari yarategetse kuva kera+.

Yasambuye ata kagongwe+.

Yaretse umwansi aranezerwa kubera ivyagushikiye. Yongereje inkomezi* z’abakurwanya.

צ [Tsade]

18 Umutima wabo utakambira Yehova, ewe ruzitiro rw’umukobwa wa Siyoni!

Amosozi natembe nk’uruzi umurango n’ijoro.

Nturuhuke kandi n’ijisho ryawe* nturihe agahengwe.

ק [Kofu]

19 Haguruka! Boroga mw’ijoro, mu ntango y’amaterama.

Suka umutima wawe nk’amazi imbere ya Yehova.

Duza amaboko umutakambire ngo akize ubuzima bw’abana bawe

bariko barabikwa n’inzara ku masanganzira yose*+.

ר [Reshi]

20 Ewe Yehova, raba, witegereze uwo wamereye nabi ukuraho.

Mbega abagore babandanye kurya uruvyaro* rwabo, abana babo bwite bavukanye amagara meza+?

Abaherezi n’abahanuzi baje ng’aho bicirwe aheranda ha Yehova+?

ש [Shini]

21 Uduhungu n’abatama barambaraye hasi mu mabarabara bapfuye+.

Abigeme banje b’isugi* n’imisore yanje bishwe n’inkota+.

Wabishe ku musi w’ishavu ryawe, ubagandagura ata kagongwe+.

ת [Tau]

22 Uhamagaza ibitera ubwoba bivuye impande zose, nk’uwuhamagaza abantu ku musi mukuru+.

Ku musi w’uburake bwa Yehova, nta warokotse canke ngo arusimbe+.

Abo navyaye* kandi nkabarera, umwansi wanje yarabatikije+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika