ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 40
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya: ibirimwo

      • Abantu b’Imana bahozwa (1-11)

        • Ijwi mu bugaragwa (3-5)

      • Imana ni yo nkuru (12-31)

        • Amahanga ni nk’ima ry’amazi mu ndobo (15)

        • «Imana iba hejuru y’umuzingi w’isi» (22)

        • Inyenyeri zose azihamagara mu mazina (26)

        • Imana ntiyigera iruha (28)

        • Kwizigira Yehova biratanga inkomezi (29-31)

Yesaya 40:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 49:13; 51:3; 2Kr 1:3, 4

Yesaya 40:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «nimubwire umutima wa Yeruzalemu.»

  • *

    Canke «ibingana incuro zibiri.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 79:8, 9; Yr 31:34; 33:8
  • +Yr 16:18; Dn 9:11, 12

Yesaya 40:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «nimutegure.»

  • *

    Canke «ryagutse.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 35:8; 57:14; Mal 3:1
  • +Yes 11:16
  • +Mt 3:1, 3; Mr 1:2-4; Lk 3:3-6; Yoh 1:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ubutumwa bwo muri Bibiliya, rup. 19

Yesaya 40:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 42:16

Yesaya 40:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «igifise umubiri cose.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 24:15
  • +Yes 49:6; 52:10

Yesaya 40:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «igifise umubiri cose.»

  • *

    Canke «urukundo rudahemuka (rudahera).»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 14:1, 2; Zb 90:5, 6

Yesaya 40:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «impwemu ya Yehova.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yak 1:11
  • +Zb 103:15, 16

Yesaya 40:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 46:10; 1Pt 1:24, 25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 5

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2017, rup. 18-22

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/1997, rup. 18-23

Yesaya 40:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 52:7
  • +Yes 12:2; 25:9

Yesaya 40:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 53:1; Yoh 12:37, 38
  • +Yes 62:11; Ivh 22:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2019, rup. 5-6

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2007, rup. 26

Yesaya 40:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «azoragira.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 49:10; Ezk 34:15, 16; 1Pt 2:25
  • +It 33:13; 1Pt 5:2, 3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2019, rup. 7

    Niwiyegereze, rup. 20-21, 70

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2013, rup. 27

    1/4/2007, rup. 26

    1/7/2003, rup. 11

Yesaya 40:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni intambwe iva ku rukumu igashika ku gatoke k’agahererezi igihe umuntu ashanje neza ikiganza. Raba Inyongera ya B14.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 30:4
  • +Yb 38:4, 5

Yesaya 40:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «ni nde yatahuye impwemu ya Yehova?»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 36:22, 23; Rm 11:34; 1Kr 2:16

Yesaya 40:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 147:5

Yesaya 40:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 62:9

Yesaya 40:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «na Libani ntihagije kugira ngo umuriro ugume waka.»

Yesaya 40:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 4:35
  • +Yes 41:11, 12

Yesaya 40:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 8:10; Zb 86:8; Yr 10:6, 7
  • +Gus 4:15, 16; Ivk 17:29

Yesaya 40:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 115:4-8

Yesaya 40:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 44:14, 15
  • +Yes 41:7; 46:6, 7; Yr 10:3, 4

Yesaya 40:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 19:1; Rm 1:20

Yesaya 40:22

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «umubumbe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 66:1
  • +Yes 44:24; Yr 10:12; Zk 12:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 1 2018 rup. 6

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2011, rup. 24-26

    Ubumenyi, rup. 17

Yesaya 40:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «abatware.»

Yesaya 40:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 21:20, 21; 2Bm 10:10, 11; Yr 22:24, 30

Yesaya 40:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 102:25
  • +Zb 147:4
  • +Zb 89:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2018, rup. 8

    Niwiyegereze, rup. 50-51

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2011, rup. 28

    15/2/2011, rup. 6-7

    1/5/2008, rup. 6

    1/2/2005, rup. 5

    1/7/1999, rup. 13

    Urashobora Kubaho, rup. 35-36

Yesaya 40:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 49:14; Ezk 37:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2007, rup. 9

Yesaya 40:28

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ugutegera.»

  • *

    Canke «nta wobusesangura.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 21:33; Zb 90:2; Yr 10:10; 1Tm 1:17
  • +Zb 121:4; Yes 27:3
  • +Zb 139:4, 6; 147:5; Yes 55:9; Rm 11:33; 1Kr 2:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2018, rup. 8

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2012, rup. 16

    1/7/1999, rup. 8

Yesaya 40:29

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «inkomezi bakoresha.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 29:11; Yes 40:26; Fp 4:13; Heb 11:33, 34

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2018, rup. 8-9

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    5/2007, rup. 1

Yesaya 40:30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2018, rup. 9

Yesaya 40:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 103:5
  • +1Bm 18:46; Zb 84:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insobanuro y’imirongo yo muri Bibiliya, ikiganiro 21

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2018, rup. 9

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    1/2017, rup. 6

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 6 2016 rup. 9

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 40:1Yes 49:13; 51:3; 2Kr 1:3, 4
Yes. 40:2Zb 79:8, 9; Yr 31:34; 33:8
Yes. 40:2Yr 16:18; Dn 9:11, 12
Yes. 40:3Yes 35:8; 57:14; Mal 3:1
Yes. 40:3Yes 11:16
Yes. 40:3Mt 3:1, 3; Mr 1:2-4; Lk 3:3-6; Yoh 1:23
Yes. 40:4Yes 42:16
Yes. 40:5Yes 24:15
Yes. 40:5Yes 49:6; 52:10
Yes. 40:6Yb 14:1, 2; Zb 90:5, 6
Yes. 40:7Yak 1:11
Yes. 40:7Zb 103:15, 16
Yes. 40:8Yes 46:10; 1Pt 1:24, 25
Yes. 40:9Yes 52:7
Yes. 40:9Yes 12:2; 25:9
Yes. 40:10Yes 53:1; Yoh 12:37, 38
Yes. 40:10Yes 62:11; Ivh 22:12
Yes. 40:11Yes 49:10; Ezk 34:15, 16; 1Pt 2:25
Yes. 40:11It 33:13; 1Pt 5:2, 3
Yes. 40:12Img 30:4
Yes. 40:12Yb 38:4, 5
Yes. 40:13Yb 36:22, 23; Rm 11:34; 1Kr 2:16
Yes. 40:14Zb 147:5
Yes. 40:15Zb 62:9
Yes. 40:17Dn 4:35
Yes. 40:17Yes 41:11, 12
Yes. 40:18Kv 8:10; Zb 86:8; Yr 10:6, 7
Yes. 40:18Gus 4:15, 16; Ivk 17:29
Yes. 40:19Zb 115:4-8
Yes. 40:20Yes 44:14, 15
Yes. 40:20Yes 41:7; 46:6, 7; Yr 10:3, 4
Yes. 40:21Zb 19:1; Rm 1:20
Yes. 40:22Yes 66:1
Yes. 40:22Yes 44:24; Yr 10:12; Zk 12:1
Yes. 40:241Bm 21:20, 21; 2Bm 10:10, 11; Yr 22:24, 30
Yes. 40:26Zb 102:25
Yes. 40:26Zb 147:4
Yes. 40:26Zb 89:13
Yes. 40:27Yes 49:14; Ezk 37:11
Yes. 40:28It 21:33; Zb 90:2; Yr 10:10; 1Tm 1:17
Yes. 40:28Zb 121:4; Yes 27:3
Yes. 40:28Zb 139:4, 6; 147:5; Yes 55:9; Rm 11:33; 1Kr 2:16
Yes. 40:29Zb 29:11; Yes 40:26; Fp 4:13; Heb 11:33, 34
Yes. 40:31Zb 103:5
Yes. 40:311Bm 18:46; Zb 84:7
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Yesaya 40:1-31

Yesaya

40 Imana yanyu ivuze iti: «Nimuhoze, nimuhoze abantu banje+.

 2 Nimuremeshe ab’i Yeruzalemu*,

mubatangarize yuko igikorwa cabo c’agahato kirangiye,

yuko ikosa ryabo ryishuwe+.

Ukuboko kwa Yehova kwarabahaye ibikwiranye* n’ibicumuro vyose bakoze+.»

 3 Hari ijwi ry’umuntu mu bugaragwa asemerera ati:

«Nimutunganye* inzira ya Yehova+!

Nimucire Imana yacu ibarabara rikuru*+ kandi rigororotse mu bugaragwa+.

 4 Umubande wose niwuzuzwe,

umusozi wose n’umurambi wose na vyo bimanurwe.

Ubutaka bwuzuyeko ibidunduri butegerezwa kuringanizwa,

ubutaka butaringaniye bugacika ikiyaya+.

 5 Ubuninahazwa bwa Yehova buzohishurwa+,

kandi abantu bose* bazobibona+,

kuko akanwa ka Yehova ari ko kabivuze.»

 6 Umve! Hari uwuriko avuga ati: «Semerera!»

Uwundi akamubaza ati: «Nsemerere iki?»

Uti: «Abantu bose* ni ivyatsi bitoto,

kandi urukundo* rwabo ni nk’ishurwe ryo mu gahinga+.

 7 Ivyatsi bitoto biruma,

ishurwe rigakabirana+,

kubera ko impemu za Yehova* zabiciyeko+.

Ni ukuri abantu ni ivyatsi bitoto gusa.

 8 Ivyatsi bitoto biruma,

ishurwe rigakabirana,

mugabo ijambo ry’Imana yacu ryamaho ibihe vyose+.»

 9 Duga ku musozi muremure,

wa mugore uzaniye inkuru nziza Siyoni+.

Duza ijwi ushiremwo inguvu,

wa mugore uzaniye inkuru nziza Yeruzalemu.

Riduze. Ntutinye.

Tangariza ibisagara vy’Ubuyuda uti: «Ng’iyi Imana yanyu+.»

10 Raba! Umukama Segaba Yehova azozanana inkomezi,

kandi ukuboko kwiwe kuzomuganzira+.

Raba! Imana ije ifise impera itanga,

kandi impembo itanga iri imbere yayo+.

11 Kurya kw’umwungere, azokwitaho* ubusho bwiwe+.

Azokwegeranya imyagazi y’intama n’ukuboko kwiwe,

ayitware mu gikiriza ciwe.

Izonsa azoziyobora yengenga+.

12 Ni nde yageze amazi mu rushi rwiwe+,

agapima uko ijuru ringana akoresheje intambwe y’ikiganza* ciwe?

Ni nde yakoranirije umukungugu w’isi mu gikoresho co gupimisha+,

canke agapima ku munzane

uburemere bw’imisozi n’imirambi?

13 Ni nde yapimye uko impwemu ya Yehova ingana*?

Ni nde ashobora kumuhanura ngo agire ico amwigisha+?

14 Ni nde yagishije inama ngo amufashe gutegera?

Canke ni nde amwigisha inzira y’ubutungane,

canke amwigisha akamuha ubumenyi?

Ni nde amwereka inzira y’ugutegera nyakuri+?

15 Raba! Amahanga ni nk’ima ry’amazi mu ndobo.

Abonwa nk’agakungugu gafashe ku munzane+.

Raba! Imana iterura amazinga nk’umukungugu unoze.

16 Mbere na Libani ntishobora gutanga inkwi zihagije*,

n’ibikoko vyo mw’ishamba vyaho ntivyokwira ngo bibe ishikanwa riturirwa.

17 Imbere yayo amahanga yose ni nk’ikintu kitabaho+.

Iyabona nk’ubusa, nk’ikintu ata co kimaze+.

18 Mbega Imana mwoyigereranya na nde+?

Mwovuga ko isa gute+?

19 Umunyamwuga arashongesha icuma agakora ikigirwamana,

umucuzi akagihomekako inzahabu+,

agacura n’iminyororo y’ifeza.

20 Umuntu ahitamwo igiti ngo kibe ishikanwa+,

igiti kitazobora.

Arondera umunyamwuga w’umuhinga

ngo abaze igishusho kitazohenuka+.

21 Mbega nta vyo muzi?

Nta vyo mwumvise?

Nta vyo mwabwiwe kuva mu ntango?

Ntimwabitegereye kuva aho imishinge y’isi yashiriweho+?

22 Imana iba hejuru y’umuzingi* w’isi+,

ababa kuri yo bakaba ari nk’uduhori.

Iramvura ijuru nk’igitambara coroshe,

ikarisanza nk’ihema ryo kubamwo+.

23 Ihindura ubusa abategetsi bakurubakuru,

igatuma abacamanza* b’isi bamera nk’ikintu ata co kimaze.

24 Bakimara guterwa,

bakimara kubibwa,

igishitsi cabo kikimara gushora imizi mw’isi,

umuyaga urabahuhutirako bagaca buma,

ukabakukumura nk’ibishakara+.

25 Wa Mweranda avuze ati: «Mwonsanisha na nde ngo tungane?

26 Nimuraramure amaso murabe kw’ijuru.

Ni nde yaremye ivyo bintu+?

Ni Umwe asohora ingabo zavyo ku gitigiri.

Zose azihamagara mu mazina yazo+.

Kubera inkomezi zitagira uko zingana akoresha n’ububasha buteye akoba afise+,

nta n’imwe muri zo ibura.

27 Ewe Yakobo, nawe Isirayeli, kubera iki muvuga muti:

“Yehova ntabona ivyanje,

kandi Imana ntindenganura+?”

28 Mbega nta vyo uzi? Nta vyo wumvise?

Yehova, we yaremye isi iyo iva ikagera, ni Imana ibihe vyose+.

Ntaruha canke ngo arambirwe+.

Ubwenge* bwiwe nta wushobora kubutahura*+.

29 Aha inguvu uwurushe,

abatagira inkomezi* akabaha ubushobozi bwuzuye+.

30 Abahungu bazoruha barambirwe,

n’imisore itsitare igwe.

31 Mugabo abizigira Yehova bazosubira kugira inguvu.

Bazoduga nk’abafise amababa bārare nk’inkona+.

Bazokwiruka ntibarambirwe,

batambuke ntibaruhe+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika