ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Umusiguzi 6
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Umusiguzi: ibirimwo

      • Gutunga ibintu ariko ntubihimbarirwe (1-6)

      • Nuhimbarirwe ivyo usanzwe ufise (7-12)

Umusiguzi 6:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «hariho ikindi cago.»

Umusiguzi 6:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «kandi no gupfa ntapfe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 4:2, 3

Umusiguzi 6:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «aguma afise akaruhuko kuruta urya muntu wa mbere.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 3:11, 13; 14:1

Umusiguzi 6:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 30:23; Ums 3:20; Rm 5:12

Umusiguzi 6:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 3:19; Img 16:26

Umusiguzi 6:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «kugendera imbere y’abazima.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 49:10; Ums 2:15, 16

Umusiguzi 6:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2021, rup. 21

    Be maso!,

    2/2014, rup. 8

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2006, rup. 15

Umusiguzi 6:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «kuburana.»

Umusiguzi 6:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «ibintu.»

Umusiguzi 6:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 29:15; Yb 8:9; 14:1, 2; Zb 102:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/1997, rup. 11

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Umus. 6:3Ums 4:2, 3
Umus. 6:5Yb 3:11, 13; 14:1
Umus. 6:6Yb 30:23; Ums 3:20; Rm 5:12
Umus. 6:7It 3:19; Img 16:26
Umus. 6:8Zb 49:10; Ums 2:15, 16
Umus. 6:121Ng 29:15; Yb 8:9; 14:1, 2; Zb 102:11
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Umusiguzi 6:1-12

Umusiguzi

6 Hariho ikindi kintu kibabaje* nabonye munsi y’izuba, kandi kirakunze gushikira abantu: 2 Imana y’ukuri iraha umuntu ubutunzi, amatungo n’ubuninahazwa, ku buryo ata kintu na kimwe yipfuza ngo akibure. Ariko Imana y’ukuri ntimwemerera kubirya, bikaribwa n’umunyamahanga. Ivyo ni ubusa kandi birababaje cane. 3 Naho umuntu yovyara incuro ijana, akabaho imyaka myinshi kandi agashikira ubusaza, ariko ntahimbarirwe ivyiza vyiwe imbere y’uko aja mu kuzimu*, novuga ko arutwa n’umwana yavutse yapfuye+. 4 Kuko uwo mwana aba yavukiye ubusa, agaca aja mu mwiza maze izina ryiwe rigapfukwa n’umwiza. 5 Naho atigeze abona izuba canke ngo amenye ikintu na kimwe, aguma aruta urya muntu wa mbere*+. 6 None bimaze iki kubaho imyaka ibihumbi bibiri ariko ata munezero ufise? None bose ntibaja ahantu hamwe+?

7 Abantu barakora cane kugira buzuze akanwa kabo+, ariko ntibigera bahaga. 8 None umunyabwenge arusha iki ikijuju+? Canke umukene bimumarira iki kumenya uburyo bwo kubaho*? 9 Guhimbarirwa ivyo ubona biruta kwipfuza ivyo utari buronke. Ivyo na vyo nyene ni ubusa, ni ukwiruka inyuma y’umuyaga.

10 Icabayeho cose kiramaze kuronka izina, kandi ico umuntu ari kirazwi. Ntashobora guharira* n’uwumurusha ububasha. 11 Uko amajambo* aba menshi, ni ko arushiriza kutagira akamaro. None amarira iki umuntu? 12 Ni nde azi ikintu ciza umuntu yokora mu misi mikeyi y’ubuzima bwiwe ata co bumaze, irengana nk’igitutu+? Ni nde yomubwira ibizoba munsi y’izuba amaze gupfa?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika