ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 13
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yohani: ibirimwo

      • Yezu yoza ibirenge abigishwa biwe (1-20)

      • Yezu avuga ko Yuda aza kumugurisha (21-30)

      • Ibwirizwa rishasha (31-35)

        • «Urukundo ruri hagati yanyu» (35)

      • Yezu avuga ko Petero aza kumwihakana (36-38)

Yohani 13:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 26:2; Yoh 12:23; 17:1
  • +Yoh 16:28; 17:11
  • +Yoh 15:9; Ef 5:2; 1Yh 3:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 161-162

Yohani 13:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «wa Mubesheranyi.» Raba Insiguro y’amajambo (Mubesheranyi).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 22:3, 4; Yoh 13:27
  • +Mt 26:14-16, 24; Mr 14:10, 11

Yohani 13:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 16:28

Yohani 13:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 2:5-7

Yohani 13:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 268

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2009, rup. 19

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 32-33

    Umwigisha, rup. 38-39

Yohani 13:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 6:11; Ef 5:25, 26; Tt 3:5; Heb 10:22

Yohani 13:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 6:64

Yohani 13:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 23:8

Yohani 13:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mutegerezwa.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 22:27
  • +Mt 20:26, 27; Lk 9:48; 22:26; Rm 12:10; 1Pt 5:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 268-269

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2003, rup. 4-5

    1/2/2002, rup. 23

    Umwigisha, rup. 38-39

Yohani 13:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 2:5; 1Pt 2:21; 1Yh 2:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2005, rup. 7

Yohani 13:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 7:24, 25; Lk 11:28; Yak 1:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2018, rup. 4

Yohani 13:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «umukate.»

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «yandugirije igitsintsiri.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 17:12
  • +Zb 41:9; Mt 26:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 270

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2011, rup. 13

Yohani 13:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 14:29; 16:4

Yohani 13:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 25:40
  • +Mt 10:40

Yohani 13:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «kumpemukira.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 26:21; Mr 14:18; Lk 22:21; Yoh 6:70

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 270

Yohani 13:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 26:22; Lk 22:23

Yohani 13:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «mu gikiriza ciwe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 19:26; 20:2

Yohani 13:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 21:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2015, rup. 15

    Yezu ni inzira, rup. 270

Yohani 13:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 26:23

Yohani 13:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 22:3, 4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 270

Yohani 13:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 12:4-6

Yohani 13:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 26:20

Yohani 13:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 12:23

Yohani 13:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 17:1

Yohani 13:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 7:34; 8:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2003, rup. 13

Yohani 13:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 15:9
  • +Lw 19:18; Yoh 15:12; Yak 2:8; 1Pt 1:22; 1Yh 3:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 18

    Niwiyegereze, rup. 301

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2013, rup. 10-11

    1/3/2012, rup. 6

    15/11/2009, rup. 20

    1/10/2007, rup. 5-6

    1/3/2006, rup. 5

    15/3/2003, rup. 5-6

    1/2/2002, rup. 23-24

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 176-177

    Urashobora Kubaho, rup. 231

Yohani 13:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 13:8; 1Kr 13:8, 13; 1Yh 4:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 18

    Niwiyegereze, rup. 301

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2009, rup. 20

    1/6/2009, rup. 14

    1/3/2006, rup. 5

    15/3/2003, rup. 5-6

    1/2/2003, rup. 13-14

    1/3/1999, rup. 16

    1/8/1997, rup. 28

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 176-177

    Urashobora Kubaho, rup. 189-190, 231

Yohani 13:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 14:3

Yohani 13:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 26:33; Mr 14:29; Lk 22:33

Yohani 13:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 26:34; Mr 14:30; Lk 22:34; Yoh 18:27

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yoh. 13:1Mt 26:2; Yoh 12:23; 17:1
Yoh. 13:1Yoh 16:28; 17:11
Yoh. 13:1Yoh 15:9; Ef 5:2; 1Yh 3:16
Yoh. 13:2Lk 22:3, 4; Yoh 13:27
Yoh. 13:2Mt 26:14-16, 24; Mr 14:10, 11
Yoh. 13:3Yoh 16:28
Yoh. 13:4Fp 2:5-7
Yoh. 13:81Kr 6:11; Ef 5:25, 26; Tt 3:5; Heb 10:22
Yoh. 13:11Yoh 6:64
Yoh. 13:13Mt 23:8
Yoh. 13:14Lk 22:27
Yoh. 13:14Mt 20:26, 27; Lk 9:48; 22:26; Rm 12:10; 1Pt 5:5
Yoh. 13:15Fp 2:5; 1Pt 2:21; 1Yh 2:6
Yoh. 13:17Mt 7:24, 25; Lk 11:28; Yak 1:25
Yoh. 13:18Yoh 17:12
Yoh. 13:18Zb 41:9; Mt 26:23
Yoh. 13:19Yoh 14:29; 16:4
Yoh. 13:20Mt 25:40
Yoh. 13:20Mt 10:40
Yoh. 13:21Mt 26:21; Mr 14:18; Lk 22:21; Yoh 6:70
Yoh. 13:22Mt 26:22; Lk 22:23
Yoh. 13:23Yoh 19:26; 20:2
Yoh. 13:25Yoh 21:20
Yoh. 13:26Mt 26:23
Yoh. 13:27Lk 22:3, 4
Yoh. 13:29Yoh 12:4-6
Yoh. 13:30Mt 26:20
Yoh. 13:31Yoh 12:23
Yoh. 13:32Yoh 17:1
Yoh. 13:33Yoh 7:34; 8:21
Yoh. 13:34Yoh 15:9
Yoh. 13:34Lw 19:18; Yoh 15:12; Yak 2:8; 1Pt 1:22; 1Yh 3:14
Yoh. 13:35Rm 13:8; 1Kr 13:8, 13; 1Yh 4:20
Yoh. 13:36Yoh 14:3
Yoh. 13:37Mt 26:33; Mr 14:29; Lk 22:33
Yoh. 13:38Mt 26:34; Mr 14:30; Lk 22:34; Yoh 18:27
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Yohani 13:1-38

Yohani

13 Imbere y’uko umusi mukuru wa Pasika ugera, Yezu yari azi ko isaha igeze+ y’uko ava mw’isi agasubira kwa Se+. Kubera ko yari yarakunze abiwe bari mw’isi, yabandanije kubakunda gushika kw’iherezo+. 2 Ico gihe bariko barihereza imfungurwa zo ku mugoroba, kandi Shetani* yari yamaze gushira mu mutima wa Yuda Isikariyoti+, mwene Simoni, iciyumviro co kumugurisha+. 3 Yezu rero, kubera yari azi ko Se yashize ibintu vyose mu maboko yiwe be n’uko yaje ava ku Mana kandi akaba yagira asubire ku Mana+, 4 arahaguruka bakiriko barafungura, ashira ku ruhande impuzu ziwe zo hejuru. Araheza atora igitambara aragikenyera+. 5 Aca ashira amazi mw’ibesani, atangura kwoza ibirenge vy’abigishwa no kuvyumutsa akoresheje ca gitambara akenyeye. 6 Ashikiriye Simoni Petero, aca amubwira ati: «Mukama, ugira unyoze ibirenge?» 7 Yezu amwishura ati: «Ivyo ndiko ndakora nta vyo utahura ubu, ariko uzobitahura mu nyuma.» 8 Petero amubwira ati: «Oya ntuzopfa unyogeje ibirenge!» Yezu amwishura ati: «Ntakwogeje+ ibirenge, nta co uzoba usangiye nanje.» 9 Simoni Petero aca amubwira ati: «Mukama, ntunyoze ibirenge gusa rero, ahubwo nunyoze n’amaboko n’umutwe.» 10 Yezu amubwira ati: «Uwiyoze nta kindi aba akeneye kwozwa atari ibirenge, kuko aba atyoroye wese. Mwebwe muratyoroye, ariko si mwese.» 11 Yari azi uwagira amugurishe+. Ni co gituma yavuze ati: «Si mwese mutyoroye.»

12 Ahejeje kuboza ibirenge no kwambara za mpuzu ziwe, aca asubira kwicara ku meza maze ababwira ati: «Muratahuye ico ndabakoreye? 13 Mwebwe munyita “Mwigisha” na “Mukama”, kandi ni vyo kuko ndi we+. 14 Nimba rero jewe ndabogeje ibirenge kandi ndi Umukama n’Umwigisha+, na mwebwe mukwiye* kwozanya ibirenge+. 15 Ndabahaye akarorero, kugira namwe mugire nk’uko ndabagiriye+. 16 Emwe ni ukuri ndabibabwiye, umushumba ntaruta shebuja, kandi n’uwatumwe ntaruta uwamutumye. 17 Ko muzi ivyo bintu, muzoba muhiriwe nimwabikora+. 18 Sindiko mvuga mwese, ndazi abo natoye. Mugabo vyagenze gutyo kugira icanditswe kiranguke+, ikivuga ngo: “Uwo twahora dusangira ibifungurwa*, yampindutse*+.” 19 Ndabibabwiye ubu bitaraba, kugira ngo nivyaba muze mwizere ko ndi we+. 20 Emwe ni ukuri ndabibabwiye, uwakiriye uwo ntumye na jewe aba anyakiriye+, kandi uwunyakiriye aba yakiriye n’uwantumye+.»

21 Ahejeje kuvuga ivyo, Yezu abura amahoro mu mutima, hanyuma avuga ati: «Emwe ni ukuri ndabibabwiye, umwe muri mwebwe araza kungurisha*+.» 22 Abigishwa biwe baca batangura kurabana bazazaniwe, bibaza uwo yariko aravuga uwo ari we+. 23 Umwe mu bigishwa biwe, wa wundi Yezu yakunda cane+, yari yicaye iruhande yiwe*. 24 Simoni Petero aca amugirira ikimenyetso n’umutwe, amubwira ati: «Tubwire uwo ariko aravuga.» 25 Uwo mwigishwa aca yegamira igikiriza ca Yezu, amubaza ati: «Mukama, ni nde+?» 26 Yezu yishura ati: «Ni uwo ngira mpe ikimanyu c’umukate ndumvye mw’isahani+.» Amaze kudumba umukate mw’isahani, aca arawutora awuha Yuda mwene Simoni Isikariyoti. 27 Yuda amaze kwakira ico kimanyu, Shetani aca amwinjiramwo+. Maze Yezu amubwira ati: «Ico uriko urakora gikore ningoga.» 28 Ariko nta n’umwe mu bari bicaye ku meza yamenye igituma amubwiye gutyo. 29 Kubera ko Yuda ari we yari afise agasandugu k’amahera+, hari abiyumviriye ko Yezu yari amubwiye ati: «Gura ivyo dukeneye ku bw’umusi mukuru», canke ko yari akwiye kugira ico ahaye aboro. 30 Amaze kwakira ico kimanyu, ubwo nyene aca arasohoka, kandi hari mw’ijoro+.

31 Amaze gusohoka, Yezu aca avuga ati: «Ubu rero Umwana w’umuntu araninahajwe+, kandi Imana iraninahajwe kubera we. 32 Imana ubwayo izomuninahaza+, kandi izomuninahaza bidatevye. 33 Bana bato, ndacari kumwe namwe akanya gatoyi. Muzondondera, kandi nk’uko nabibwiye Abayuda, namwe ubu ndabibabwiye: “Iyo ndiko ndaja ntimushobora gushikayo+.” 34 Ndabahaye ibwirizwa rishasha: nimukundane. Nk’uko nabakunze+, abe ari ko namwe mukundana+. 35 Urukundo ruri hagati yanyu ni rwo ruzokwereka abantu bose ko muri abigishwa banje+.»

36 Simoni Petero aca amubaza ati: «Mukama, ugira uje he?» Yezu amwishura ati: «Ntushobora kunkurikira ubu nyene iyo ngira nje, ariko uzonkurikira mu nyuma+.» 37 Petero amubwira ati: «Mukama, kubera iki ntashobora kugukurikira ubu nyene? Nzokwigura+.» 38 Yezu aca amwishura ati: «Uzonyigura? Emwe ni ukuri ndabikubwiye, isake ntibika utaranyihakana gatatu+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika