ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 9
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyakozwe: ibirimwo

      • Sawuli aja i Damasiko (1-9)

      • Ananiya arungikwa gufasha Sawuli (10-19a)

      • Sawuli amenyesha ivyerekeye Yezu i Damasiko (19b-25)

      • Sawuli aja i Yeruzalemu (26-31)

      • Petero akiza Eneya (32-35)

      • Doruka azurwa (36-43)

Ivyakozwe 9:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 8:3; 22:4; 26:10, 11; Gl 1:13; 1Tm 1:12, 13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 60-61

Ivyakozwe 9:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 11:26; 22:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 60-61

Ivyakozwe 9:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 22:6-11; 26:13-18

Ivyakozwe 9:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 60-61

Ivyakozwe 9:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 15:8
  • +Mt 25:45

Ivyakozwe 9:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 22:9

Ivyakozwe 9:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 13:11

Ivyakozwe 9:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 22:12

Ivyakozwe 9:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 21:39; 22:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2004, rup. 32

Ivyakozwe 9:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 9:17

Ivyakozwe 9:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «kuboha», «gushira mu mvuto.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 9:1, 2

Ivyakozwe 9:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «icombo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 13:2; Rm 1:1; 1Tm 1:12
  • +Rm 1:5; Gl 2:7; 1Tm 2:7
  • +Ivk 26:1; 27:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2016, rup. 14-16

    6/2016, rup. 7

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2006, rup. 8-9

Ivyakozwe 9:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 20:22, 23; 21:11; 2Kr 11:23-28; Kl 1:24; 2Tm 1:12

Ivyakozwe 9:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 22:12, 13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 63

Ivyakozwe 9:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 26:19, 20

Ivyakozwe 9:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 63-64

Ivyakozwe 9:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «abajane baboshe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 8:3; Gl 1:13, 23
  • +Ivk 9:1, 2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 64

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2005, rup. 28

Ivyakozwe 9:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 17:2, 3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 64

    Ishure ry’Ubusuku, rup. 170

Ivyakozwe 9:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 20:2, 3; 23:12; 2Kr 11:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 64

Ivyakozwe 9:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 11:32, 33

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 64

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2005, rup. 29

Ivyakozwe 9:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 1:18

Ivyakozwe 9:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 4:36, 37
  • +Ivk 9:3, 4; 1Kr 9:1
  • +Ivk 9:19, 20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 64-65

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2007, rup. 16

Ivyakozwe 9:28

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «yinjira yongera asohoka i Yeruzalemu.»

Ivyakozwe 9:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 11:23, 26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2007, rup. 17

Ivyakozwe 9:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 11:25; Gl 1:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2007, rup. 17

Ivyakozwe 9:31

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 8:1
  • +Yoh 14:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2017, rup. 13

    Nushinge intahe, rup. 65-66

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2008, rup. 31

    15/4/2007, rup. 22

Ivyakozwe 9:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 9:38

Ivyakozwe 9:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 10:8; Ivk 4:9, 10
  • +Ivk 3:6

Ivyakozwe 9:36

Utujambo tw'epfo

  • *

    Izina ry’ikigiriki Doruka n’iry’igiharameya Tabita yompi asobanura ngo «ingeregere.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 67

Ivyakozwe 9:37

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 67

Ivyakozwe 9:38

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 67

Ivyakozwe 9:39

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «impuzu zo hejuru.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 67

Ivyakozwe 9:40

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 8:51
  • +Mt 9:24, 25; Lk 7:14, 15; Yoh 11:43, 44

Ivyakozwe 9:41

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 17:23

Ivyakozwe 9:42

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 11:44, 45

Ivyakozwe 9:43

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 10:6, 32

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2011, rup. 18

    1/3/2002, rup. 32

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyak. 9:1Ivk 8:3; 22:4; 26:10, 11; Gl 1:13; 1Tm 1:12, 13
Ivyak. 9:2Ivk 11:26; 22:4
Ivyak. 9:3Ivk 22:6-11; 26:13-18
Ivyak. 9:51Kr 15:8
Ivyak. 9:5Mt 25:45
Ivyak. 9:7Ivk 22:9
Ivyak. 9:9Ivk 13:11
Ivyak. 9:10Ivk 22:12
Ivyak. 9:11Ivk 21:39; 22:3
Ivyak. 9:12Ivk 9:17
Ivyak. 9:14Ivk 9:1, 2
Ivyak. 9:15Ivk 13:2; Rm 1:1; 1Tm 1:12
Ivyak. 9:15Rm 1:5; Gl 2:7; 1Tm 2:7
Ivyak. 9:15Ivk 26:1; 27:24
Ivyak. 9:16Ivk 20:22, 23; 21:11; 2Kr 11:23-28; Kl 1:24; 2Tm 1:12
Ivyak. 9:17Ivk 22:12, 13
Ivyak. 9:19Ivk 26:19, 20
Ivyak. 9:21Ivk 8:3; Gl 1:13, 23
Ivyak. 9:21Ivk 9:1, 2
Ivyak. 9:22Ivk 17:2, 3
Ivyak. 9:23Ivk 20:2, 3; 23:12; 2Kr 11:23
Ivyak. 9:252Kr 11:32, 33
Ivyak. 9:26Gl 1:18
Ivyak. 9:27Ivk 4:36, 37
Ivyak. 9:27Ivk 9:3, 4; 1Kr 9:1
Ivyak. 9:27Ivk 9:19, 20
Ivyak. 9:292Kr 11:23, 26
Ivyak. 9:30Ivk 11:25; Gl 1:21
Ivyak. 9:31Ivk 8:1
Ivyak. 9:31Yoh 14:16
Ivyak. 9:32Ivk 9:38
Ivyak. 9:34Mt 10:8; Ivk 4:9, 10
Ivyak. 9:34Ivk 3:6
Ivyak. 9:40Lk 8:51
Ivyak. 9:40Mt 9:24, 25; Lk 7:14, 15; Yoh 11:43, 44
Ivyak. 9:411Bm 17:23
Ivyak. 9:42Yoh 11:44, 45
Ivyak. 9:43Ivk 10:6, 32
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
  • 43
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Ivyakozwe 9:1-43

Ivyakozwe n’intumwa

9 Mugabo Sawuli yari akigira iterabwoba rikaze ku bigishwa b’Umukama+, arondera no kubica. Ni kwo kuja ku muherezi mukuru, 2 amusaba amakete ajana ku masinagogi y’i Damasiko, kugira ngo abo abonye bose bo muri ya nzira y’Umukama+ abajane i Yeruzalemu baboshe, abagabo n’abagore bose hamwe.

3 Akiriko aragenda ageze hafi y’i Damasiko, aja abona umuco uvuye mw’ijuru wakiye irya n’ino yiwe+. 4 Aca agwa hasi maze yumva ijwi rimubwira riti: «Sawuli, Sawuli, umpamira iki?» 5 Aca abaza ati: «Uri nde ga Mukama?» Iryo jwi rimwishura riti: «Ndi Yezu+ uriko urahama+. 6 Haguruka winjire mu gisagara. Niwashikayo uzobwirwa ico utegerezwa gukora.» 7 Abagabo bari bafatanije urugendo na we bari bahagaze badakurako umunwa. Barumva ijwi, ariko ntibabone umuntu n’umwe+. 8 Sawuli aca ava hasi, kandi naho yakanura nta kintu na kimwe yabona. Baraheza bamufata ukuboko, bamujana i Damasiko. 9 Amara imisi itatu ata kintu na kimwe abona+, atarya atanywa.

10 I Damasiko hari umwigishwa yitwa Ananiya+. Maze Umukama aramwiyereka, amubwira ati: «Ananiya!» Na we ati: «Sabwe Mukama.» 11 Umukama amubwira ati: «Haguruka uje kw’ibarabara ryitwa Irigororotse, ubaze umuntu yitwa Sawuli w’i Taruso+ ku nzu ya Yuda. Ariko arasenga 12 kandi yeretswe umugabo yitwa Ananiya aje akamurambikako ibiganza kugira ahumuke+.» 13 Ariko Ananiya amwishura ati: «Mukama, narumvise benshi bavuga ivy’uwo mugabo, n’amabi yose yakoreye aberanda bawe i Yeruzalemu. 14 Kandi n’ino arafise ububasha yahawe n’abakuru b’abaherezi bwo gufata* abantu bose bambaza izina ryawe+.» 15 Mugabo Umukama amubwira ati: «Genda, kuko uwo muntu ari igikoresho* nitoreye+ kugira amenyeshe izina ryanje amahanga+, abami+ n’Abisirayeli. 16 Nzomwereka neza ibintu vyose bitegerezwa kumushikira ku bw’izina ryanje+.»

17 Ananiya aca aragenda, yinjira muri nya nzu, amurambikako ibiganza, avuga ati: «Muvukanyi Sawuli, Umukama Yezu, umwe yakubonekera kuri rya barabara wazananye, yantumye kugira uhumuke wongere wuzuzwe impwemu nyeranda+.» 18 Ubwo nyene ibintu bimeze nk’ibigaragamba bica biva ku maso yiwe birakoroka, aca arahumuka. Maze arahaguruka arabatizwa, 19 hanyuma arafungura, aronka inguvu.

Amarana imisi n’abigishwa i Damasiko+, 20 ubwo nyene aca atangura kwamamaza ivyerekeye Yezu mu masinagogi, atangaza ko Yezu ari Umwana w’Imana. 21 Abamwumva bose baratangara, bakavuga bati: «Mbega uyo si wa wundi yatoteza abambaza iryo zina+ i Yeruzalemu? None ntiyaje ino kugira abafate maze abajane* ku bakuru b’abaherezi+?» 22 Ariko Sawuli yaguma arushiriza kuronka ububasha, agatsinda Abayuda baba i Damasiko, abaha ivyemeza vyumvikana vyerekana ko Yezu ari we Kristu+.

23 Haciye imisi itari mike, Abayuda baja inama yo kumwica+. 24 Ariko Sawuli amenya umugambi wabo wo kumugirira nabi. Abo Bayuda baguma bacunze amarembo y’igisagara ijoro n’umurango kugira bamwice. 25 Abigishwa biwe rero baca bahengera mw’ijoro, maze bamwururutsa bamucishije mu gitoboro c’uruzitiro, ari mu giseke+.

26 Ashitse i Yeruzalemu+, agerageza kwifatanya n’abigishwa. Mugabo bose baramutinya, kuko batemera ko yari yarabaye umwigishwa wa Yezu. 27 Barunaba+ aca aramufasha, amujana ku ntumwa, abiganira ido n’ido ingene Sawuli yabonye Umukama igihe yari ku nzira+ maze akavugana na we. Abiganira n’ingene yavuganye ubutinyutsi mw’izina rya Yezu i Damasiko+. 28 Sawuli araheza agumana na bo, atembera i Yeruzalemu uko ashaka*, avugana ubutinyutsi mw’izina ry’Umukama. 29 Yaravugana n’Abayuda bavuga ikigiriki agaharira na bo, ariko abo Bayuda baguma barondera kumwica+. 30 Abavukanyi babimenye, baca bamumanukana i Sezariya hanyuma bamurungika i Taruso+.

31 Maze ishengero ryari i Yudaya, i Galilaya n’i Samariya+ hose rija mu kiringo c’amahoro, rirakomera. Ribandanya kugwira, kuko ryabandanya gutinya Yehova* no kuronka uruhoza rw’impwemu nyeranda+.

32 Igihe Petero yariko aca muri ako karere kose, yaramanutse no kuraba aberanda baba i Luda+. 33 Yahasanze umuntu yitwa Eneya, yari amaze imyaka umunani atava mu gitanda, kubera yari amugaye. 34 Petero amubwira ati: «Eneya, Yezu Kristu aragukijije+. Haguruka usase igitanda cawe+.» Ubwo nyene aca arahaguruka. 35 Ababa i Luda no mu kiyaya ca Sharoni bose bamubonye, batangura kwizera Umukama.

36 I Yopa hari umwigishwa yitwa Tabita, mu kigiriki akaba yitwa Doruka*. Yarakora ibikorwa vyiza vyinshi, agafasha cane aboro. 37 Mugabo muri iyo misi ararwara hanyuma arapfa. Nuko baramwuhagira maze bamushira mu cumba co hejuru. 38 Igisagara ca Luda cari hafi y’i Yopa. Abigishwa bumvise ko Petero yari muri ico gisagara, baca bamutumako abagabo babiri ngo bamutakambire bati: «Turakwinginze unyaragase uze iwacu.» 39 Petero aca arahaguruka ajana na bo. Ashitseyo, bamudugana muri ca cumba co hejuru. Abapfakazi bose baza iyo ari barira, bongera berekana amakanzu* n’izindi mpuzu nyinshi Doruka yabakoreye akiriho. 40 Petero aca asohora abantu bose+, hanyuma arapfukama arasenga. Maze arahindukira araba ca kiziga, avuga ati: «Tabita, vyuka!» Tabita aca arakanura, abonye Petero aca aricara+. 41 Petero amuha ukuboko aramuhagurutsa, hanyuma ahamagara aberanda harimwo n’abo bapfakazi, amubashikiriza ari muzima+. 42 Iyo nkuru ica imenyekana i Yopa hose, bituma abantu benshi bizera Umukama+. 43 Petero aguma i Yopa imisi itari mike, ku muhinguzi w’inshato yitwa Simoni+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika